Amasanamu y’ururirimbo rwa Big Fizzo " Ni wewe " yagiye ahabona
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > Amasanamu
Amasanamu
-
Amasanamu y’ururirimbo rwa Big Fizzo " Ni wewe " yagiye ahabona
4 April 2018, by Jean De Dieu -
Big Fizzo : Video ya " Konzi" yagiye ahabona
29 January 2018, by Jean De Dieu -
Big Fizzo : Video "ya Urambabaza" yagiye ahabona
20 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANAIsanamu y’ururirimbo urambabaza rwa Big Fizzo yasohotse iri mu rutonde rw’indirimbo uwo muririmvyi ariko ashira mu rukurikirane yise FIZZOLOGY.
-
Amasanamu y’ururirimbo rwa Big Fizzo - Urambabaza
20 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M. -
Amasanamu y’ururirimbo rwa Fizzo ft Amore ’Die for you’
5 Nzero 2017, par Jean De Dieu -
Amasanamu y’ururirimbo rwa Fariouz na M-lambert
22 Kigarama 2016, par Jean De Dieu -
Amasanamu y’ururirimbo rwa Fariouz na Chiko
30 Rusama 2016, par Jean De Dieu -
Agace ka "Video" y’igiteramo Big Fariouz yagiriye muri Holland
14 Ndamukiza 2015Igiteramo ca Fariouz muri Hollande citabwe n’abantu batari bake kandi batandukanye, zimwe mu ndirimbo ziwe zakunzwe cane zaravugijwe.
Agace gatoyi ka "Video" yerekana uko igiteramo cari kimeze kaboneka Big Fariouz aririmba abari mu giteramo bitabira, abandi batamba. Abo batamba barimwo abirabure n’abazungu. Kiyoyo Juma yateguye ico giteramo avuga ko aryohewe kubona ico giteramo citabiriwe n’abantu benshi kandi bava no mu bindi bihugu atari Holland nka Belgique.
Nk’uko iyi "Video" itangwa na (...) -
Isanamu y’ururirimbo rwa Fariouz na Q Boy ibonekamwo abatamba basa n’abapfumu
16 Ruhuhuma 2015Hasohotse isanamu y’ururirimbo "Chinette" Fariouz yakoranye na Q Boy umurwi utambira Diamond Platnumz.
Isanamu y’ururirimbo yakozwe n’umuhinyanyuzi Kent P akora muri African Sound Record, amajwi nayo agahinyanyurwa na Lizer Classic yasohotse. "Chinette" baririmba urukundo. Umurwi Q Boy canke Wasafi Classic uzwi cane mu ndirimbo za Diamond aho baboneka cane batamba mu ndirimbo ziwe.
Uwo murwi nyene uramaze gukorana na Sat B mu ruririmbo "Agacerere"
Raba aha munsi isanamu aho abatamba basa (...) -
Mu ruririmbo "What’s my name" Fariouz aboneka yiyama amwe mu maradiyo
4 Munyonyo 2014Inyuma y’iminsi myinshi hitezwe isanamu y’ururirimbo" What’s my name" yagiye ahabona. Yakozwe mu buhinga buhanitse bw’urunani rw’abahinyanyuzi.
Isanamu y’ururirimbo "what’s my name" ya Fariouz yasohotse inyuma y’igihe kitari gito iri mu minwe y’urunani rw’abahinyanyuzi bo muri "Icom Pro" rugizwe n’abahinyanyuzi: Fleury akora muri ICOM Pro na Cherif Pro, Johnny wo muri Mira Mira hamwe na Kent-P wo muri African Sound Records.
Isanamu ikozwe mu buhinga buhanitse, ibonekamwo Fariouz yikoreye izina ryiwe (...)
0 | 10