Umuririmvyikazi Emelance Emy yatanguye gushira ahabona indirimbo za mbere muri wa mugambi wiwe wo gusubiramwo indirimbo ziwe za kera. Yasohoye ururirimbo "Burundi Yetu".
Emelance ati : "Ndiko nsubiramwo indirimbo zitanu nakoze ngitangura kuririmba. Ubuhinga butera buhinduka kandi vyiza abaririmvyi bojana n’ibihe. Indirimbo zikozwe ku buhinga bugezweho ziraryoha gusumba uko zahora". Emelance yahisemwo gutangura ururirimbo "Burundi Yetu". Naho biri uko, Emelance avuga ko azosubiramwo izo (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Emelance Emy > indirimbo
indirimbo
-
Emelance Emy yashize ahabona ururirimbo rwa mbere yasubiyemwo
1er Nzero 2015 -
YAMBOGORERA
26 Ruhuhuma 2013