Abacamanza bagirizwa kurya ibiturire bagiye guhabwa ibihano

Yanditswe na
Kuya 19 Rusama 2017 saa 11:03
Yasomwe : 7857
0 0

Ubushikiranganzi bw’ubutungane bumenyesha ko abacamanza hamwe n’abanditsi b’imanza bagirizwa kurya ibiturire bagiye guhabwa ibihano, bishbora gushika no kwirukanwa mu kazi.

Mu kiganiro ubushikiranganji bw’ubutungane bwahaye abamenyeshamakuru kuri uno wa kane igenekerez rya 18 Rusama ,umwaka wa 2017, bumenyesha ko abacamanza 20 aribo bazohanwa kubera ivyo bakoze.

Muri ico kiganiro, ubushikiranganji bw’ubutungane bumenyesha ko abo bacamanza babesha abantu bakabaka amahera babemereye ko babaronsa ubuzi, kandi ari ibinyoma.

Abo bazofatirwa ibihano bakora mu nzego zitandukanye z’ubutungane, harimwo abakora muri sentare nkuru, sentare z’intango hamwe n’abanditsi b’imanza.


Kumenyekanisha

1
Nkudwanabake Dezire 28-05-2017 à 08:09

Abacamaza Barareze Ibwirizwa Bakwiye Guhanwa Namategeko Natwebwe Abanyagihugu Tukabimeya Kobahanywe?

2
FIACRE 21-05-2017 à 22:23

Oya babac ibihan nab bibuke konabo,bizobashir ntamweranda mwiyisi.

3
FIACRE 21-05-2017 à 22:22

Oya babac ibihan nab bibuke konabo,bizobashir ntamweranda mwiyisi.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha