Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abasirikare ba Amerika bagumijwe mu Afganistan - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abasirikare ba Amerika bagumijwe mu Afganistan

Abasirikare ba Amerika bagumijwe mu Afganistan

mardi 22 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Donald Trump yamenyesheje ko umugambi wo gukura ingabo za Amerika muri Afuganisitani ubaye urabangira kuko vyohava bifasha intagondwa kwisuganya zikaba nyinshi, nkuko vyagenze mu gihugu ca Irake.

Donald Trump yamenyesheje abicishije ku mboneshakure ko umugambi uriho ari uwo kwongereza abasirikare ba Amerika muri ico gihugu, kugira bakomeze umutekano hamwe no kurandurana n’imizi intangondwa zose.

Umwaka wa nyuma utegekanywa na Amerika gukorera ibikorwa vya gisirikare muri Afuganisitane hamwe n’igitigiri c’abasirikare bazokwongera ku basanzwe bari muri co gihugu ntivyamenyeshejwe.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • afashe ingingo nziza son Excellence President Donald Trump gufata iyi ngingo ije hageze. ONU
    nayo nyene nibonerehogufata ingingo yokwongereza ingabo mubihugu birwiriyemwo intagondwa kuko uravye ibiriko bibera nigeria, sodani y’amajepfo, somalie n’ahandi birakenewe ko ingabo zokwongerezwa mbere n’uburyo bukongerezwa kugira izo ntagondwa zishobore kurwanywa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.