Accueil > Amakuru > u Burundi > Abatutsi ntibitavye ku bwinshi iyandikwa ry’abashaka kuja mu gisirikare (...)
Abatutsi ntibitavye ku bwinshi iyandikwa ry’abashaka kuja mu gisirikare c’Uburundi
jeudi 17 Munyonyo 2016, par
Igisirikare c’Uburundi kimenyesha ko iyandikwa ry’abakeneye kwinjira mu rwego rw’intwazangabo z’Uburundi ririko rigenda neza, kandi ko n’ibitigiri vy’abamaze kwiyandikisha bishimishije. Iryo yandikwa ku rwego rw’intwazangabo risigaje umunsi w’ejo kuwa gatanu gusa igenekerezo rya 18 Munyonyo 2016 kugira risozerwe, mu gisirikare c’Uburundi bakemeza ko abo mu bwoko bw’abatutsi batiyandikishije ku bwinshi.
Gushika kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 17 Munyonyo 2016, abari bamaze kwiyandikisha ku rwego rw’intwazangabo bagera ku 1278 mu ntara zose z’Uburundi, aho hakaba harimwo abigeme 100, hamwe n’abagera kuri 6 bo mu bwoko bw’abatwa.
Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi yibutsa abiyandikishije ku rwego rw’intwazangabo ko isango ry’ugukora ibibazo vy’ibiharuro, igifaransa, hamwe n’iconegereza ryahindutse, rikaba ritakiri ku munsi wa mbere nk’uko vyari vyanditswe mw’itangazo, ahubwo iryo sango ry’ugukora ibibazo rikaba ryashizwe ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2016.
- Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi ntahakana amakuru ariko aravugwa ko abo mu bwoko bw’abatutsi batariko bariyandikisha ku bwinshi. Gushika kuri uwu wa gatatu, abagera ku 976 bo mu bwoko bw’abahutu nibo bari bamaze kwiyandikisha, mu gihe abaharurwa ku 246 bo mu bwoko bw’abatutsi aribo bari bamaze kwiyandikisha.
Intara ya mbere imaze kwiyandishamwo benshi ni Gitega, hagakurikira Ngozi. Intara zifise bake ni Cankuzo hamwe na Ruyigi, nk’uko tubikura mw’itangazo ry’ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi ryasomwe kuri uwu wa kane na Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi.
IGIHE
Messages
17 Munyonyo 2016, 13:35, par Fidèle Niyonzima
Nimubareke sibo nihahamuka ngo babanze ko bazoca ahandi? amaso azohera mu nzira gusa ntantambwe bazoduterana !Amase yakera ntagihoma urutaro
17 Munyonyo 2016, 13:36, par w s
Iyiganje yimya izindizirorera nabado ububaragombakurinda igihuguchabo
17 Munyonyo 2016, 14:36, par willynshimirimana
nibareke bazinjira muco kwaniyombare ngira bobo barafise iyobazoja nibakimenya kamase yakera atagihoma urutaro rega ntibagikunda igihugu cacu bafiza kocotabagurika kigasubira mumenyo yabatwenzi bazopfa baribaza niduhangame hutu kandi tucinjire kubwinshi nuko twirambire zuru
17 Munyonyo 2016, 15:34, par Cyrus
Bitavye uko bangana no mugihugu! Les équilibres vont se régler de soit!
17 Munyonyo 2016, 15:51, par Jeshi
Nabo nibenshi . ubundi abatutsi ntibagombye kurenga 5/100 mugisoda. Kuko mwariboneye mwese abo kuri Camp Ngagara na camp Muha ko aribo bahaga inkozi zikiba ama grenade mugihe cy’imigumuko
17 Munyonyo 2016, 16:11, par Hutsi
Ariko jewe ukwondabibona ntabubi twashizemwo kuko icomwomenya nuko uyumusi yariko hararonderwa abomugisirikare abakeneye kujamuvyomugisirikare nabotwabonye kandi ndaziko cagitigiri gisabwa ndaziko murabo ababonetse ntutuzagukehanirwa barazagukwira.
Ikindimwokwibuka nuko harihabandi bababakenewe kuja muvyintwaro twirukantsetwese muvyagisirikare muntwaro twocatubura abajayo nihompamvu ituma twifata nuko habahariho ahandi haturindiriye sinzi ukwabandi dusangije ubwoko babibona ariko abotuganira nukwotubibona nubwoharihobamwebavuga ngojubera mama arumuhutu ngosinkwijebeza ibisabwa.
Ariko jewe ndaziko atawunsumvya ubututsi cambucaba S.E Gasito Sindimwo na Edward Nduwimana nabandi.
17 Munyonyo 2016, 16:21, par Elie
Mwoshobra Kutumenyesha Aho Ipolice Ahokizokorera Ikibazo
17 Munyonyo 2016, 17:11, par dora kabingo
Murahumba basha ivyo muvuga ni vyo Havyarimana wo mu rwanda yavuga . Rindira tuzoraba
17 Munyonyo 2016, 17:19, par GIGI
Ukwo biri kwose ibitigiri canke équilibre izokunda kuko ndizera ko nabo batutsi 246 batazokwinjira bose. Kuko nta ntwazangabo 600 zizokwinjirira rimwe. N’abatwa mbona bijukiye kucinjira.
17 Munyonyo 2016, 18:06, par Issa
Ariko mwumva bocinjira gute uyo mututsi Baratuza ariwe abashora k’umacuniro kubera inda ndende yiwe,nibarindire bazokwinjira kurya nabo bacinjiye kuko nabo ahahitiye bari ababoyi mu mazu
17 Munyonyo 2016, 18:44, par Alexandre
Nimurindire Akataritsekarasema
17 Munyonyo 2016, 18:55, par Charles albert
Ahubwo iryo yandikwa niryiza nuburyo bwokugabanya agashomeri mu rwaruka!Ni charles
17 Munyonyo 2016, 20:13, par KIRIJANA
JEWE NIBAZAKUREKA NIVYABO NIBINJIRE IVYAKERA VYARHEZE UKOBUKEYE SIKOBWIRA KUBUMUTUTSI CANKE UMUHUTU NTACO VYICA REKA GUHEDWA AHANDI NAHO NTUNBAZE
17 Munyonyo 2016, 20:13
Reka abahutu twinjirekubwinshi nakare abatutsi baribaraduhenze nibobaribiganje ubuho baracira birarura,tuzobacamwo nkakwakundi abahutu injire niciwacu ntawetukirekera abobarazi iyobazokwinjirira.ntibazoduterana intambwe ingwe ntiyamenya gufatirakwizosi yarigishijwe.
17 Munyonyo 2016, 20:40, par rumuri
Ubundi bari bangahe mugihugu cose kuki abatutsi havugwa ko aribake kandi baharugwa mumajana ntibavuge ko abatwa aribake kandi ari 6 gusa ??
17 Munyonyo 2016, 20:44, par ineza
binjire mugisoda bakirimwo komwabamariye kwibagiromwipfuza kuguma mubaga umunsi mwe uzicuza murindire akanyu karaza gushoboka
17 Munyonyo 2016, 20:50, par MIYOMBARE
BIKUMIRIYE KUMWE VYAHORA BIVUGWA KERA? BAGOMBAKO ABA. BATAGIRA FORMATION AHUBWO BABINJIZA GUTYO ATAGUHIGANWA. IBISODA NIVYINSHI BAZOCA AHO BASHAKA
17 Munyonyo 2016, 20:59, par Ema
Nimureke Gutukana Igihugusitongo
17 Munyonyo 2016, 21:08, par Reverien
Nibirekere Bibaza Ngobizoca Bihagarara.Turacinjira Ntakabuza
17 Munyonyo 2016, 21:15, par UMWAMI
Iyo n’intsinzi kuburundi nabarundi benebwo.uruhigi gwarahindutse.uwari uwambere yabaye uwanyuma,uwaruwanyuma yabaye uwambere.imana nihabw’icubahiro.
17 Munyonyo 2016, 21:40, par Gaston-Petit
mbega yemwe abatutsi ntibarikwakagame nibinjire ico murwanda
17 Munyonyo 2016, 21:49, par Muco
None batinjiye hari ingorane si kazima imiryango yuguruye. Si kimwe no kuntwaro ya ba micombero, bagaza buyoya cazira ko abahutu bahonyozayo ikirenge.
Bo ntibagowe bazoja mu gisoda kwa kagame.
18 Munyonyo 2016, 07:55, par mahoro
NIBAREKE, JE MUGISODA VYABARONGOZI BAHITIYE HARUMUHUTU YACINJIRA, JEWE BENEWACU BARI BIYARARAJE MURI 1996, AYOBABONYE, UWASIGAYEYO YAGUYEYO, NA FORMATION NTIBANARINDIRIYEKO BAZIMARA. JENDIMUBANDIKA NTAMUTUTSI NOKWANDIKA, UBWOKO BUBI BURYA NTIBUVYIBUHE. ABAHUTU KOMERA!!! KOMERA!!! GANZA!!! GANZAAAAAAAAAH
18 Munyonyo 2016, 08:34, par Kayoya
Murahumba basha. amaraso y abana baba tutsi mwamennye ngo muriko murihora 1972 aracabakurikirana muzopfa mwangaza uturago ku mitwe
18 Munyonyo 2016, 10:27, par jp
izo commantaires zizo njamvyi zitazi ivyo zikora
18 Munyonyo 2016, 10:27, par jp
izo commantaires zizo njamvyi zitazi ivyo zikora
18 Munyonyo 2016, 11:59, par tari
Igisoda gihuriwemwo nabose cabayeho bigoranye nimugisambure kucubaka bizobarusha kandi kwari ukugira amoko yose acungerwe kumwe mugabo ubu siko bimeze jewe rero nkabona ahuko bajayo gutuna nkamashurwe nkuko birubu bopfuma birekera kuko nabariyo ntaco mbona bamariye benewabo canke nabandi Bose birirwa batotezwa nabo nyene ubwabo ntaco bimariye kuko nabo birirwa bicwa nkubunyegeri ntibirwanire nibisigireho ntaco Baja kumara kandi abavuga uko burya nabahutu Atari imbonerakure canke Ngo babe bava muri cndd fdd ntugirengo bararekuriwe kuja muri nyagisoda ahubwo jewe mbonako twese abarundi twase iryo vagura twojahamwe hama tugashinga igisoda gihumuriza Bose hanyuma icocitiranwa Ngo Ni igisoda tukacirukana ntabindi
18 Munyonyo 2016, 12:21, par Cimpaye
Amateka we. Ubwo tayari bagiye a cote
18 Munyonyo 2016, 15:57, par mob
mu Burundi hakenewe umushingantahe nka micombero
18 Munyonyo 2016, 16:38, par issa
none umutuyiyandikishakumahera
18 Munyonyo 2016, 16:49, par Gatete Maitre Yaourt
Ahubwo Ni Mu Publier Igihe Muzandikira Aba Officier Na Ba Sous-officier Mu Gisirikare Naho!Hazoza Abakunda Igihugu!
18 Munyonyo 2016, 16:54, par Jimmy
Muzandika Ryari Aba Officier Naba Sous-officier Mu Gisirikare?Hazoza Abashaka Bakunda Igihugu Ni Mubareke!
20 Munyonyo 2016, 07:20, par alia
ewe mahoro ufise amacakubiri humura icogisirikare nicanyu kugera uwumusi gusa nuko ubeshe mwene nibayapfiriye muri formation siwe wenyene kandi subwoko bumwe mubitabimana ikimbabaje nuko numva ufise ururimi rubi wewe uruwo kubiba amacakubiri ncuti ntanyungu azobikuramwo ndakurahiye tereza amaso ngaho murwanda ubaze abaranze nivyiyumviro nkivyo ufise barafunzwe abandi baromotse ubutakigaruka rero niwikebuke sinokwifuriza kugeraho interahamwe zigeze
20 Munyonyo 2016, 07:27, par alia
ewe mahoro ufise amacakubiri humura icogisirikare nicanyu kugera uwumusi gusa nuko ubeshe mwene nibayapfiriye muri formation siwe wenyene kandi subwoko bumwe mubitabimana ikimbabaje nuko numva ufise ururimi rubi wewe uruwo kubiba amacakubiri ncuti ntanyungu azobikuramwo ndakurahiye tereza amaso ngaho murwanda ubaze abaranze nivyiyumviro nkivyo ufise barafunzwe abandi baromotse ubutakigaruka rero niwikebuke sinokwifuriza kugeraho interahamwe zigeze
21 Munyonyo 2016, 02:27, par mzoyihera intagoheka
Abobatutsi biyandikishije nabahe kwarabahutu bagerageje kwihindura ubwoko bwabo?, umututsi ikigihe arinze yihenda akitembereza imbonerakure zibazamubonye nkejo, mukumwagiriza kwaruwitwaje ibirwanisho ! nonuwo yoja kwiyahurabona rwagiye, mukwiyandikisha mugisirikare!,sumwe mwotwara ngomugiye kurondera ibisuma nkuko mwirirwa murabivuga, munyuma mukamuhindukiriza kwinkoho. mumatangazo yanyu ngotwishe igisuma,canke ngo yahuye nisanganya arimwe mwamugandaguye.
21 Munyonyo 2016, 17:43, par hakizimana jean-marie
emwe jew nzogenda bansize kubuhiri.
22 Munyonyo 2016, 09:16, par maker
Nibyo biriwanyu ntimukijyereranye nurwarwa mwa nyamabi mwe
22 Munyonyo 2016, 23:31, par jeannette
ahubwo abiyandikishije bose baze binjire kuko bose baze bacungere imbibe ari beshi kuko bakavuyo nibeshi haba mugiporisi canke mugisoda bose muzobinjize cane cane mu ntara ya kayanza muri komine kabarore
22 Munyonyo 2016, 23:41, par bosco
abiyandikishije bose bare binjire cane cane abo mukayanza muri komine kabarore kuko ntanvukira za baporisi canke abasoda bahari nico nico kuko hegereye irwanda
26 Munyonyo 2016, 20:47, par appoline
kuki mutumako beshi ariko mukinjiza bake ese umuntu aranze ashaka igiporisi canke igisoda nimubareke bose binjire kuko akoze ikibazo hama ntiyinjire ishavu nivyishi ese mushaka bangahe kuntara? injiza beshi
27 Munyonyo 2016, 11:26, par Umwana Wigihugu
Mwenibiki Komwama Muvuga Abatutsi Barabamaze Je Ntabahutu Bapfuye?Canke Bobo Ntibavamaraso?Ahubwonahomwamenyereye Kuvuga,