IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Afghanistan: Abantu 40 bahitanywe n’ibisasu

Afghanistan: Abantu 40 bahitanywe n’ibisasu

Thursday 28 December 2017, by Jean De Dieu

Igisagara ca Kaboul kirageramiwe n’ibitero, aho hari haheze imisi itarenga 3 umwihevyi yiturikije iruhande y’ahakorera igendereza, agahitana abantu 6.

Icegera c’umuvugizi w’ubushikiranganji w’intwaro yo hagati yashikirije ko igitero cari kigamije ikigo ndangakaranga ca Tabayan gikunze guhuriramwo abantu benshi, hakaba hariko habera ibirori vyo kwibuka imyaka 38 iheze abarusiya bateye Afganistani


Pacifique BUKURU

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.