IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bujumbura:Abashika 20 bagirizwa gukomeretsa abantu n’imipanga baramaze (...)

Bujumbura:Abashika 20 bagirizwa gukomeretsa abantu n’imipanga baramaze gufatwa

mardi 23 janvier 2018

Inyuma y’urubanza rw’ikibiriraho, rw’abantu batatu bagirizwa gukomeretsa umuntu bakoresheje umupanga muri zone Kinindo,Albert BUCUMI, umukuru wa sentare nkuru ya Komine Muha, yamenyesheje ko abantu 20 bamaze guhagarikwa bagirizwa ubwo bubisha.

Albert BUCUMI avuga ko iyo bamaze guhagarikwa n’abajejwe umutekano, baca bakorerwa amadosiye, bagaca barungikirwa parike iyo nayo ikabacira imanza.

Umukuru wa sentare nkuru ya Komine Muha, amenyesha ko ubwo bugizi bwa nabi naho bwibonekeje mu mazone ya Kinindo na Kanyosha, ubu hari intambwe yatewe, kuko ababikora bahagaritswe.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.