Bujumbura : Ikiziga c’umuntu ataramenyekana catowe ku kiyaga Tanganyika

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 17 Ndamukiza 2018 saa 05:22
19080
0 0

Ikiziga c’umuntu biboneka ko kimaze iminsi mu mazi catowe ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri, ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika, mu gisagara ca Bujumbura.

Ico kiziga catowe ku ruhande rwa BENUB, hafi y’ibarabara rija mu Gatumba.


Kumenyekanisha

1
kazungu 17-04-2018 à 21:45

Ahaaaa iburundi birakomeye pee Imana niyo yonyine yokubakiza. Ese ko bavuga ngo umutekano urahari mukandi kanya ngo ibiziga byatowe hirya nohino? reka tubitege amaso

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha