Burundi-Sudani y’Epfo : Urutonde rw’abakinyi batangura mu kibuga rwamenyekanye.

Yanditswe na Pacifique BUKURU
Kuya 11 décembre 2017 saa 01:02
12330
0 0

Mu rukino rurangiza igice ca mbere c’ihiganwa rya CECAFA senior challenge cup, umumenyereza w’Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino rubahuza na Sudani y’epfo kur’uyu wa mbere isaha umunani.

Mw’igori hari Jonathan, inyuma haza gukina Moussa Omar, David NSHIMIRIMANA, Stève NAHIMANA hamwe na Eric NDORIYOBIJA.

Abakina hagati ni Gaël DUHAYINDAVYI, Danny URASENGA , KWIZERA Pierrot, na NAHIMANA Shassir. Abasatirizi ni Hussein SHABANI. hamwe na Bienvenue SHAKA.

Twibutse ko u Burundi bufise amanota 4 kuri atandatu, bukaba buza kw’isonga mu murwi B.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha