IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > IFARANGA > Bururi: Umusore yafatanywe inoti za magendu

Bururi: Umusore yafatanywe inoti za magendu

jeudi 9 Ruhuhuma 2017

Umusore azwi kw’izina rya Dieudonné Ndikumana ari mu minwe y’igipolisi kuva kuwa kabiri igenekerezo rya 7 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017 muri Komine Songa intara ya Bururi.Uwo musore yafatanywe inti za magendu.

Amakuru ava muri komine Songa y’intara ya Bururi amenyesha koyafatanywe inoti zitandatu za magendu z’amafaranga ibihumbi bitanu.

Ayo makuru nyene amenyesha ko imbere y’uko Dieudonné Ndikumana afatwa n’igipolisi ashobora kuba yari amaze gusohora izindi noti za magendu zitari nke.

Musitanteri wa Komine Songa asaba abanyagihugu kwama bari maso,bagakurikirana amafaranga aba ariko arakoreshwa.


IGIHE

Messages

  • Nukuvugako Arubukene Mugabo Nubwo Yafashwe Ndibazanezako Atariwenyene.Ahubwo Nibamugireko Amatoho Kuko Ntiyobikorawenyene Vyobabirikumwe Nabandi Nabarundi Barayamaze Ati Ibuyeriserutse Ngontiryica Isuka Abenegihugu Batewe Akamo Bame Maso Kuko Ivyo Bicafuza Igihugu

  • Ko Nkulikiye yatevye kuvyegeka k’u Rwanda?hhiiihhiii

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.