Accueil > Amakuru > umutekano > Buterere : Abantu bataramenyekana igitigiri bitavye Imana baguweko (...)
Buterere : Abantu bataramenyekana igitigiri bitavye Imana baguweko n’inzu
vendredi 16 mars 2018
Iyo nzu yahenutse mu gatondo ko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 16 Ntwarante 2018, igihe abakozi bariko bashirako isima n’umusenyi (beton).
Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi, ntavuga igitigiri nyezina c’abitavye Imana, ariko ku rubuga rwa twitter rw’igiporisi c’Uburundi, bamenyesha ko ari benshi bitavye Imana.

Ni inkuru tubandanya tubatohoreza, uko amakuru y’abahitanye niryo sanganya abandanya aboneka, niko tubandanya kuyabashikiriza.

MUGISHA Van Naris
Messages
16 mars 2018, 13:47, par Ciza,pascl
Turahojeje,imiryango,yabuze,imana,ibakire
17 mars 2018, 08:18, par Mpawenimana japhet
Reta nidutohoreze uko bangana ndukore ikingandaro kuko birababaje abakoze neza imanibakir mubwami bwayo ijambo ryimana rivuga ngo twame tugavye kuko tutazumusi nisaha birabaje pe imiryango yabuze yihangane ?
17 mars 2018, 14:04, par JOJEFU NDEREYAHAGA
PORS NIVUGISHA UKUR ETAJE YAHITANY BESH MUGA NDAGWA NKAGARUKA NIYOMATEGEKO BIZ KIRAKUGUMURA ABENEGIHUGU
17 mars 2018, 19:36, par Irakoze Joselyne
Ababuze Mwihangane Hama Abasigaye Mwame Mwiteguye Kuko Mutazi Umusi Cnke Isaha.