Cibitoke : Ibiziga bibiri vyatowe bireremba ku ruzi Rusizi

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 3 Ntwarante 2018 saa 11:24
16950
0 0

Ibiziga bibiri vy’abagabo vyatowe bireremba ku ruzi Rusizi, ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu, ababonye ivyo biziga bakamenyesha vyari biboshe.

Nk’uko ababonye ivyo biziga babandanya babimenyesha, vyareremba ku ruzi Rusizi, ku ruhande rwa komine Buganda, intara ya Cibitoke.

Abajejwe intwaro muri komine Buganda bamenyesha ko abo bantu batamenyekanye.


Kumenyekanisha

1
Mecris Godson Ndiku 5-03-2018 à 17:33

Amakuru

2
Ndayishimiye Alyne 4-03-2018 à 20:59

Ayamakuru Arababaje Yemwe Umuntu Asigaye Ari Nkinyamaswa? Imanana Niyo Nkuru Kweri

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha