Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel DUSHIMAGIZE apfungiwe mw’igendereza
Colonel DUSHIMAGIZE apfungiwe mw’igendereza
samedi 19 Munyonyo 2016, par
Colonel Dieudonné DUSHIMAGIZE, intwazangabo yo mu gisirikare c’Uburundi apfungiwe mw’igendereza i Bujumbura, kuva ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu.
Iyo ntwazangabo yafatiwe mu biro bikuru vya gisirikare, inyuma y’ukwumvirizwa akaba yaciye ajanwa gupfungirwa mw’igendereza.
- Colonel DUSHIMAGIZE Dieudonné batazira Gangi
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE, aremeza ayo makuru y’ifatwa hamwe n’ipfungwa rya Colonel DUSHIMAGIZE Dieudonné batazira Gangi, uwo avugira igiporisi akamenyesha ko uwo musirikare yagirizwa uguhungabanya umutekano w’igihugu, hamwe n’ugushaka gukora ubwicanyi (Atteinte à sûreté de l’État et Tentative d’assassinat).
IGIHE
Messages
19 Munyonyo 2016, 13:16, par ngusha
Ubutungane nibukore( (?)
19 Munyonyo 2016, 13:36, par Manirambona pierre
Pierre"Nkurunziza Amenyeko urwembe Amwesha Abandiko Ariwo ARWUZOmwa .!
19 Munyonyo 2016, 13:37, par kibwa
hemwe, burya abasoda babatutsi imbonerakure zizobamara. kanatsinda habuze igitigiri gikwiye kubatutsi bazoja muri ISCAM. none ko baca bica byogenda gute?
19 Munyonyo 2016, 15:00, par kibwa
uwo nyene bazomugira birya bama bakorera abandi ba EXFAB.
19 Munyonyo 2016, 15:36, par MUBABE
MURIBESHA MUMUMWICA AKORO TURIBESHIMPAKADUHENUYE IYOSHENZI
19 Munyonyo 2016, 18:02, par pascal
nibamwumvirize namba atacoyagirizwa naho bamurekure kuko ntakabikiwe
19 Munyonyo 2016, 18:05, par Kanyosha
Yemwe ubutungane bukore kandi turabwizeye.
19 Munyonyo 2016, 18:38, par Nene Nelson joe
Nukuvuga ko yahungabanije umutekena ryari?
19 Munyonyo 2016, 18:48, par christian
UWONIBAZA KWARUMUTUTSI
19 Munyonyo 2016, 19:04, par Matabaro
Arabamara mutama ubu honom utanguye kwirara mubahutu biwe
19 Munyonyo 2016, 19:10, par Domitien
Ubutungane Nibukore
19 Munyonyo 2016, 19:43, par noha
Ubutugane Nibukore
19 Munyonyo 2016, 20:25, par RIYAZIMANA
SHA NIHATARI KORONERI MUZIMA
19 Munyonyo 2016, 21:02, par Jewe
M Igihe Oroge
19 Munyonyo 2016, 21:30, par Gatete Maitre Yaourt!
Ni Danger!!! Ubu Nta ndi Nyakubahwa Ahar Sauf
20 Munyonyo 2016, 04:00, par Bossk
Reka babone Nkurumbi ndagukeza uzabahonye bose ijambo ryima rivuga NGO umugabo utagira ishaka ryubwoko bwabo ntaco amaze izo mbarakomazi barebera ingene DD bamaze imisore ya batutsi NGO barikukorera Nkurimbi Ahubwo bose nabahonye
20 Munyonyo 2016, 07:38, par alia
nawe mukanya muraza kutubwira ko yiyahuye mwaba dd mwe gezaho iryototeza
20 Munyonyo 2016, 08:03, par Toto Kazungu.
Banse gukurikirabandi ,Nkurunziza petero azoruka bose abahereje kumacuniro, bibuke kokwica abajejwe kwatabitanguye ubu. MUMAKURU, twaragerageje gutohoza kubo vyabanye mwishamba, abasoda biwe yari yarabamariye mwishamba abakubita ubufuni mumitwe,kubasazwe bamuzi ngo sibishasha kuribo.
20 Munyonyo 2016, 08:26, par manirakiza
jewe mbona abantu bose bakoze amaraso ko baguma baribwaribwa nk’uyu gangi yarishe cane atikiza abahutu none raba n’ubu aguma ahiga kubamara nareke ntabo azomara
20 Munyonyo 2016, 09:08, par Emanue
Ahubwo Abantubagifise Benuwo Mutima Woguhunga Banya Umutekano Muburundi Sinzi Icobifuza Funga
20 Munyonyo 2016, 11:43, par Willy
IMANA iramubona
20 Munyonyo 2016, 11:48, par Musaga
Izo n’ingaruka z’Amaraso y’Abatutsi mwamenye,tout se paie ici bas
20 Munyonyo 2016, 12:45, par Karorero
Eeeee yibaza ko haruwo ubutungane buzogera umutwe kirazira,yihishij akorana na bwa mujeri ntantambwe azoduterana nahanwe ibikwiranye nivyo yakoz.
20 Munyonyo 2016, 14:51, par jogoo
uwomuntu aguma avuga amaraso yabatutsi,yitwaj ik?nave mugihugu cacu.
20 Munyonyo 2016, 17:21, par Hutsi
Sinojangaho ngondababeshe nubwowoba igihangange kimezegute waba umurundi canke umunyamahanga waba umwirabure canke umuzungu uwuzomenyekana kwafitaniye ibanga naza mujeri tuzohigura. Ariko turashimira abakomeje kwereka zamujeri kwancuti zabo muntumbero yokugira bamenye imigabonimigambi yabo nkuko hariho abobarikumwe iyobari bakomeje kuduha inkuru zabo mukomere kunkuru mukunze kuduha tugasanga nizo.
20 Munyonyo 2016, 19:34, par barikukivi
uruhigigwahindukiy twatugab tugira tumaran!!
20 Munyonyo 2016, 20:41, par Kirima
Abo ni bo bakwiragiza hose ngo hagiye kuba genocide mu Burundi. Kuko baba bari munteguro zigayitse. Bahabwe ibihano vy’akarorero.
21 Munyonyo 2016, 06:10, par Nyamitwe
Coloner muzima yicara kuntebe za plastique iruhande n ibikoresho by isuku yewe u burundi mwaratakaye kbs
21 Munyonyo 2016, 10:13, par MINYURAN0
NIYICWE
21 Munyonyo 2016, 14:47, par musa
zirya telephone ngendanwa bafatiye mu ibohero rya gitega basanze zibitse amabanga atagira ingano,n’abandi barabacakira vubaha.
21 Munyonyo 2016, 16:38, par Darius Ikurakure
Desire Uwamahoro azofubwa ryari ko ngo yahawe isumu
21 Munyonyo 2016, 16:45, par alidi hicuburundi
Eweee nkuru,ayomaraso uriko uranywa uzoteba uyarihe nakare urazi ivyanditwe muri bibiriya.nukuri ntareta dufise.
21 Munyonyo 2016, 18:17, par Diego Kandamazi
Nibamurekur Kuko Ndazi Mbamuhora Kwari Umututsi Atabakorera Batavuga Rumw Atemera Amategeko Yabo.
21 Munyonyo 2016, 18:19, par Diego Kandamazi
Nibamurekur Kuko Ndazi Mbamuhora Kwari Umututsi Atabakorera Batavuga Rumw Atemera Amategeko Yabo.
21 Munyonyo 2016, 21:46, par j.marie
Nahanwe
21 Munyonyo 2016, 23:09, par donatien
umusi intahe izofta ijambo bazojugumira sindababeshe pe?
22 Munyonyo 2016, 10:22, par kabura
Mbe colonel muzima akorera muri Wc? Ewe Burundi! Intebe za plastic? Ibikoropesho bimanitse mu biro kwa colonel? République bananière kbs.
24 Munyonyo 2016, 20:47, par TAMIM WAKAYOGRO MABANDA
NIMUBAFATE MUBABAZE ICIFUZO CABO
25 Munyonyo 2016, 04:25, par NKENGU
Uyomugabo
ararenganywa
narekugwe
25 Munyonyo 2016, 06:52, par Morodikayi Jon
Nsubiyemwo kubivuga iryo nirementanya ryankurunziza Petero yateguye kuvakera ryokumara abatusti bose barimugisirikare babatutsi.Niyabaheza azocatangura gutikiza inganda ataco yinona,kuko aboyotinye kobomuhindukirira azoba yabamariye mubusho abandi ya bazimanganije batakivurwa hejuru kwisi. Rero uwutarashikirwa unomusi arye aharura aziyuko atariho, abazorokoka nabo bazoba aribamwe bemeye gufatanya nawe mukumara benewabo, aribo twita bampemuke ndare ndiye. Turabona ngaha uwo bita Gihahe yaragishibije nanubu akibandanya nabugingo nunomusi, numwishikira kwa nkurunziza, nabandi nabandi nka bunyoni ,banyamitwe eka ntawoshobora kubaharura kuko abicanyi yaraboroye nkamutoyi.
25 Munyonyo 2016, 18:42, par Ya8 1O 2016
Amakuru
26 Munyonyo 2016, 11:04, par munyarugamba
ndabona arengananibamurekure
28 Munyonyo 2016, 20:01, par niyongere
IRYO NIREMENTANYA
29 Munyonyo 2016, 12:57, par sengo
igihugu cyabaye itongo wangirango bari mwishyamba ndebera nkiyo bureau y’umucolonel wa leta!!!!
Inda nimbi wanse kurwana none ayasomaliya ugiye utayariye, nibabahotore mwabaye imbwa zizererana imiheto idafora nimushira hazavuka abagabo.
29 Munyonyo 2016, 13:02, par Neno
Uyu mutype ni fake kabisa colonel muzima yifotoza ariho areba agafoto kumukobwa wambaye soutient gorge n’ikabutura kuri computer??? reba neza uclike kwifoto ibe agrandissée.
3 Kigarama 2016, 12:05, par JEAN
UWONKURUNZIZA ARATUGOYOYE ARIKEKA BANTU NGOBAGOMBAKUMWI CA N AHUBWONAGUMEHA BAMWEREKE!
6 Kigarama 2016, 11:25, par Anti
Ewe Reta Yuburundi Tenyenya Gato Buca Ubibona