Guma ku mwanya hamwe na « Biramara » ya Econet Leo

Yanditswe na NKURUNZIZA HUGUETTE
Kuya 3 February 2018 saa 06:57
5790
0 0

Wa muhora Econet Leo wizigiwe n’abanyagihugu ntuhengeshanya kunezereza abanywanyi bayo mu gutanga batitangiriye itama utuganuke dutandukanye. Nubu Econet Leo yazaniye urwaruka rufise hagati y’imyaka 16 na 30 agaseke “Biramara”.

Biramara n’uduseke tujanye n’ivyo urwaruka rwa none rukunda. Uduseke Biramara duha akaryo abakiri bato kubaho ubuzima basanzwe bipfuza, ubuzima buryoshe,bwuzuye kandi bugezweho ukoresheje ubuhinga bwa none bwo gutumatumanako.

Biramara itanga ama mega, ubutumwa bugufi hamwe no gukoresha imbuga ngurukanabumenyi nka facebook na whatsApp ku giciro gito.

Ni gute bashiramwo Biramara?biroroshe. Hamagara *404# muca mubona uturusho turi muri biramara hama muhitemwo :

BIRAMARA imara umusi umwe

BIRAMARA imara imisi 7

BIRAMARA imara imisi 30

Ubutumwa bugufi(sms) 20 + 40MB + WhatsApp na Facebook ku mafaranga 300 gusa

Ubutumwa bugufi(sms) 35 + 70MB + WhatsApp na Facebook ku mafaranga 500 gusa

Bimara amasaha 24

Ubutumwa bugufi(sms)50 + 100MB + WhatsApp na Facebook ku mafaranga 1000 gusa

Ubutumwa bugufi(sms) 75 + 150MB + WhatsApp na Facebook ku mafaranga 1500 gusa

Bimara imisi 7

Ubutumwa bugufi(sms) 100 + 200MB + WhatsApp na Facebook ku mafaranga 3000 gusa

Bimara imisi 30

Hamwe na Biramara ironkere ubutumwa bugufi, ama mega, hamwe n’akaryo ko gukoresha facebook na whatsApp biri mu muganda umwe ku giciro kiganyije.

Canke ubutumwa bugufi 75 + 150MB + WhatsApp na Facebook ku mafaranga 1500 gusa.

Ntimutangwe rero banywanyi ba Econnet Leo, muri hagati y’imyaka 16 na 30,shiramwo “Biramara” mugume muri ku mwanya.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha