Himbaza umunsi mukuru w’umuziki n’AKAZIKI ka Econet Leo

Yanditswe na IGIHE
Kuya 21 Ruheshi 2017 saa 03:37
Yasomwe : 1836
0 0

Ishirahamwe ECONET LEO ryifadikanije n’abandi mu guhimbaza indwi yahariwe umuziki mu Burundi. Iryo shirahamwe ribipfurije umusi mukuru mwiza w’umuziki, rikaba kandi ryabazaniye AKAZIKI, uburyo bwo kunezereza ababahamagara.

AKAZIKI ni uburyo umunywanyi wese abishaka akoresha mu kunezereza abamuhamagaye, bakumva akaririmbo umunywanyi yipfuza. AKAZIKI gafasha kurindiriza ababahamagaye, kuko baba barumviriza akaririmbo mwabahitiyemwo, kabafasha kurindira ko mwitaba, ariko banezerewe.

Mwoba mufise AKAZIKI ? Biroroshe kukaronka.. Rungika muri mesaje ijambo AKAZIKI kuri 408

Noronka gute AKAZIKI ? Urungika ijambo kuri SMS : AKAZIKI kuri 408

Urotonde rwa AKAZIKI, fyonda : *408#

Noroka gute ururirimbo mu buryo bworoshe : Fyonda *408*7*code y’indirimbo#
Akarorero: Urambabaza ya Big Fizzo 103113 *408*7*103113#

Kuronka urutonde rw’indirimbo 10 zigwezeho *408*8#

Gukuramwo AKAZIKI? Fyonda *408*4# canke *408# et uhitemwo 4

AKAZIKI kagurwa amafaranga 20 y’amarundi ku munsi, amafaranga 110 ku ndwi, hamwe n’amafaranga 350 ku kwezi.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha