Ifoto y’umunsi

Yanditswe na
Kuya 22 Rusama 2017 saa 11:21
Yasomwe : 8631
0 0

Niyonsaba Ferdinand, umurundi asanzwe aba mw’ikambi y’impunzi y’i Mahama mu gihugu c’Urwanda, yatahukanye ikibanza ca gatanu mw’ihiganwa ry’ugusiganwa "Semi-marathon" ryabereye mu gihugu c’Urwanda, i Kigali, kuri uwu w’Imana.

Yahawe agashimwe k’ibihumbi amajana ane y’amanyarwanda, ni ukuvuga hafi umuriyoni w’amarundi.


Kumenyekanisha

1
Ngendakumana Eric Abidal 28-05-2017 à 12:00

Imana Imuje Imbere Ashike Kuvyo Yipfuza.Amen

2
jean marc burundi 24-05-2017 à 11:59

ego mwana wi wacu terimbere nk’umuzinga uze uhore ubona udushimwe naho uba mu buzima bugoye mu nkambi imana ize ikuje imbere, ndaguteye intege.

3
kidogo 22-05-2017 à 11:44

ohhhhhhhhhhhh birashimishije kbsa

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha