IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Igihugu ca Finlande kizokwakira inama hagati ya Amerika na Korea

Igihugu ca Finlande kizokwakira inama hagati ya Amerika na Korea

lundi 19 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko tubikesha BBC, bikekwa ko bazoganira ku bijanye n’inama hagati y’umukuru w’igihugu Donald Trump hamwe n’uwutwara igihugu ca Korea ya Ruguru, Kim Jong-un.

Igihe umutegetsi akomeye wa Korea ya Ruguru abonywe i Beijing yurira indege igiye Helsinki, niho amakuru yerekeye iyo nama y’i Finlande yatanguye kuvugwa, ikaba yitezwe guhuza abakozi bari mu buserukizi bwa Amerika hamwe n’abahinga ba Korea y’epfo muvy’umutekano.


Callixte NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.