IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > IFARANGA > Ikigo OBR kimenyesha ko cinjije ayasumba ayo cari citeze mu kwezi kwa (...)

Ikigo OBR kimenyesha ko cinjije ayasumba ayo cari citeze mu kwezi kwa mbere

samedi 4 Ruhuhuma 2017

Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR kimenyesha ko ku mafaranga cari citeze kwinjiza mu kwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2017,hiyongereyeko ayashika ibice 3,2 kw’ijana.

Mu cegeranyo cashikirijwe n’ikigo OBR, mu kwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2017 ico kigo cinjije amafaranga ashika imiliyaridi 54,63 mu gihe vyari vyitezwe ko cinjiza ayashika imiiyaridi 52,92.

Ikigo OBR kimenyesha ko bagereranije n’ayinjiye mu kwezi kwa mbere mu mwaka wa 2016,hiyngereyeko ibice birenga 7 kw’ijana.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.