IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imiduga ya PAM yazibiwe ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda

Imiduga ya PAM yazibiwe ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda

vendredi 21 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Imiduga ya PAM (Programme Alimentaire Mondial) yari izanye ivyimburwa bivuye mu Rwanda yahagaritswe mu Gasenyi, ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda, mu ntara ya Kirundo.

Ishami ry’ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivy’imfungurwa (Programme Alimentaire Mondial) ryatangaje ko kuva kuri uwu wa kabiri ritangura kwinjiza mu Burundi ibigori n’ibiharage vyaguzwe mu Rwanda, kugira rigarukire ku banyagihugu bo mu Burundi bahuye n’ikibazo c’inzara.

Mw’ishirahamwe PAM bavuga ko batangura kujana mu Burundi itoni 508 z’ibiharage, mu nyuma bajane ibigori, ivyo vyose bikaba bikozwe kubera ikibazo Uburundi bwagize bw’ukutaronka umwimbu ukwiye mw’irima riheruka.

Imigenderanire n’ububanyi vy’Uburundi n’Urwanda ntivyifashe neza, n’uguhanahana ibiribwa n’ivyimburwa hagati y’ivyo bihugu vyompi bikaba bitifashe neza, aho ivyo bihugu bisa n’ibitorohereza uruja n’uruza rw’ibidandazwa vyinjira n’ibisohoka.


IGIHE

Messages

  • HAHA BIRAGOY! PE ABABIJEJW BAKW KUGANIR IBINT BIKAJ MUBURY

  • nimukomerekwibanga bategetsi bacu nuwokugaya ntiyokubits’inkoko kumusi mukuru ,bashaka kuducisha mwijisho , kuberiki batagenda kubigura tanzania ,congo canke zambia.> inkende ntigemulira ibigori inkobe< murarabe neza

  • Nibabireke vyinjire kuk sibo babizane babizaniye abashonje bob bama bahaze urarabaraba kunda urabe

  • Kumvo Zuko Hibonekeje Ukurabana Ribi Hagati Y’Urwanda N’Uburundi,ico Novuga Nuko Ivyo Bihugu Ukwo Ari 2 Ni Bibanyi Nibisubize Hamwe, Nayo PAM Reta Y Uburundi Ntiyoyihor Ico Cuka Kihari Kuk Ndizera Ko PAM Ifis Uburenganzira Bwo Gusumira Ahariho Hose Kugira Bafashe Ababangamiwe N’Inzara I Burundi.

  • arko abarundi wwee,,nimubyange babigarure cg babijane somalia nahandi,,ejo muzaba murwanira kumupaka ngo muze murwanda,hhhhhhhhhhhhhhh,,your empty heads are amazing;,,have some knowledge plszzz,,harabagiye kubigenderamo inzara yishe naho mwe muracari muri politic za fake ,,Rwanda is stronger tha burundi,,so ucn’t handle that,,fight the country of your level,,asta lavista.

  • Jewe DD irantwenza none nkubwo hahomba nde?sitwe abanyagihugu dushonje?igihe isoko rya Buja risha ko mutanse ko indege z’u Rwanda zizimya?genda Peter wazanye akabi kabishe

  • Haaaa barihima bamurongoreye umugore yica ubugabo. Haaaa

  • Mu rwanda se ibyo biharage byavuyehe ko natwe rukinga batanu!!!! Murwanda turarima hanyuma abatutsi bo muri FPR bagaca badutwara ibiharage byacu kudufaranga duke abo basuma. Iyo utabibahaye ngo babigure barakwica.Nibyiza ko Leta y’uburundi yazibiye ayo makamyo kuko ashobora no kuba apakiyemo imbunda.

  • Biruvikana ko ata kwizera; Uburundi bwogirira Urwanda... Mbega muri ivyo biribwa
    bazoba bazanye mu Burundi woba harunzemwo inkoho canke inkozi zikibi naho twobigira gute vyamaze gushika mu BUrundi?
    ko tuzi neza ko atanu mubano mwiza ariho hagati yi bihugu bibiri, mwunva Uburundi bwokwemera ibivuye mu Rwanda gute? hariho ni vyemezo vyinshi vyemeza ko bariko bategura ingwano.Noneho Abarundi si bijuju boja kwemera ngo Abangushi bongere kuza gutera akajagari, ubu bari mu mahoro.
    Barundi nivyiza gose ko mubandanya mu cungera imipaka n’ akarere kuko n’ ijuru ubu nugutagura cungera hose kuko uwo mwansi ntituzi iyo azoza aturuka ariko ni yita mu muriro muraca mumusavya. ntihagire ibintu bivuye i Rwanda bizo basamaza, murakoze

  • Subizayo Subizayo Niwabo Barabikeneye Nimwaba Mudakeneye Kwabarundi Bahona Subizayo. Mbega Komutibaza Goba Arurukundo Gokugurira Ibintu Mugwanda Ngobazanye Muburundi?

  • Ivyobintu Ntawo Vyizera Kubera Abanyagwanda Nabone Barakenye Ntakuntu Boduha Imfashanyo Nabo Kandi Bashonje Ivyabo Birazwi

  • Barindiriye Buruguri yabashinwa!! Murahumba izo mbonerakure zifise inyaga zituzura buruguri niyahera zirabahindukirira zibarye nkaba Nanga yivuza!!! Go to hell DD

  • ayomakungu arondera iki kuburundi,haruwabibasavye?mbega urwanda nirwo rufise umwimbu gusumvya ibindi bihugu bigize akakarere,kuki batabirondereye mubindi bihungu?uko nukurondera ingene bacira inzira abansi buburundi.twarabahinyuye ntimuzongera.

  • ayomakungu arondera iki kuburundi,haruwabibasavye?mbega urwanda nirwo rufise umwimbu gusumvya ibindi bihugu bigize akakarere,kuki batabirondereye mubindi bihungu?uko nukurondera ingene bacira inzira abansi buburundi.twarabahinyuye ntimuzongera.

  • Abarundi ni mukanure kuko
    muri 1994 abazungu bakoreshaga imodoka za ama O.N.G mukugemurira inkotanyi imbunda i kigali. Kubera ubutesi bwa Habyalimana byarangiye runyenzinkotanyi afashe u Rwanda.

  • Abarundi ni mukanure kuko
    muri 1994 abazungu bakoreshaga imodoka za ama O.N.G mukugemurira inkotanyi imbunda i kigali. Kubera ubutesi bwa Habyalimana byarangiye runyenzinkotanyi afashe u Rwanda.

  • kuvyukuri ntarukundo ruva mu rwanda kuko aho bashaka kwiyinjiriza twa mu je ri n.inkoho vyonyene.jew ahubwo bishitse bakemera ko vyinjira abategetsi b.uburundi bazoba baduhemukiye cane.barabanza birege kuvyaha badukoreye ,harya batwanika kwamenyo ngo tuzopfa dudubiye kubizera kiretse kagame atakiri president kuko afise imuco mibi tpyo kwica abahutu bo muri africa yose nateshwe ate politique arimwo tuyikurikiranira hafi.

  • Ubwo ni ubujiji buvanze n’urwango bizabageza ahabi, muragirango babizane mu mifuka itanditseho made in Rwanda, Ese ko amahanga aza kwigira ku Rwanda kuri byinshi mwe mukarwigizayo ubwo muragana he??

  • Ubujuju ni bubi kweli, none Inzara iriko yica bande?ni mubandanye muhendwe nabo ba DD,nshimiye PAM n’u Rwanda ku kigoro bagira ngo kigoyi igabanuke,bravo le Rwanda

  • NUKUI TURAREVYE BOBO NTIBABIBONA TWE ABANYAGIHUGU BATOBATO NIBATUBONA AHO TUGEZE TUGEZE HABI?AHUBWE NIBAYIREKURE KUVA KERA PAM YARADUFASHA NUBU PAM YAGOMBA ITGARUKIREKO NIMUREKE KUTWISHISHA INZARA ABABIFA NABABISANGIYE !

  • Barundi Barundikazi’ Mwebwe Mukunda Uburundi Bwacu Ntimwemere Iryo Shano Kagame Agira Aturungikire Ngo Ritumare Uwo Nuwundi Mukenyuro !!Ba Maso!

  • Mana ya Shadurake, na Meshake , na Bedunego, ndumiwe yagitenye ndajorewe!!!
    PAM irazi ukwo uburundi bubanye nu Rwanda mwinomisi, kandi PAM iraziko ivyobifungurwa yobikura nahandi wanashaka mubihugu bibanyi vyu Burundi kuko mubihugu bibanyi canke vya EAC ibihugu bifise abanyagihugu bashonje nu Rwanda rurimwo kandi rurikurutonde rwibihugu ishirahamwe mpuzamakungu ryavuze ryiteguriye gufasha.

    JEWE RERO HARUHO UKUNTU NDABIBONYE KANDINDASAVYE ABARUNDI NABANYARWANDA BITONDECANE KUKO AMAKUNGU AMWAMWE NIBHUGU BIMWEBIMWE BIKOMAKOMEYE BIMAZE IMISI BIRONDERA IBINTU VYOKORA KUGIRA BITEZE UBURUNDI NURWANDA GUSEKURANA, REKANDABEREKE IBIVYEMEZA:
    REBA UBUBILIGI BWARUBAHUTSE BUGIRA BASE (IBIRINDIRO) MUGIHUGU KIBANYI CUBURUNDI URWANDA KUBURYO IKINTUKIBICOSE UBUBIRIGI BWIFURIZA UBURUNDI URWANDA RUGIKORA, IVYORERO URWANDA RUKORESHWA RUKEMERA MUKUBANGAMIRA INYUNGU ZUMUBANYI NDABIBONYE KURWANDA NDABINDIBIHUGU KWIISI NZIMA VYENERA KUBANGAMIRA UMUBANYI NKUKO URWANDA RUMAZIMISI RUBANGAMIRA INYUNGU ZUBURUNDI.
    UMUBANYI ARUBASHWE CANE, MUMAZIMISI MWUMVA ABANYAMERIKA ISINZI BAHARANIRA KO ABANYAGIHUGU BAOMUGIHUGU KIBANYI BATOBUZWA KWIDEGEMVYA MURI AMERICA,
    MUMAZE IMISI MWUMVA UKUNTU UBURUSIYA BUDASHAKA UWUHANGAYIKISHA SRIYA, MUMAZE IMISI MWUMVA UKUNTU CHINA IDASHAKA UWUHANGAYIKISHA UMUBANYIWAYO COREYA YARUGURU, MUMAZIMISI MWIBONERA UKUNTU TANZANIYA NA CONGO IDASHAKA BIDASHAKA UWUBIKORESHA NGWABANGAMIRE UMUBANYIWAVYO UBURUNDI, HARIHONIBINDIBIHUGU NKAVYOSE VYIRINDA UWOWESE ABISAVYE KUBICAMWO NGWABANGAMIRE IGIHUGU KIBANYI CAVYO.
    Kubwivyo urwanda ruzovumwa namushoboravyose kuko rukoranabi vyabihugu bikontorora ibindi bibona ntanakimwe bivuga bikacabiba ikimenyetso cuko urwanda ivyorukora rubitumwa nabimwe mwivyobihugu.
    Uburorero nibwishi:
    Umukuru wigihugu yavuze ko yishe abantu barimounzi Congo biranunanira kubamara ntanishirahamwenmpuzamakungu ryamwiyamirije, ariko abana b’Imbonerakure bavuzengo vyarivyiza abakobwabose barimumigambwe itavugarumwe numugambwe wabo bakabaterinda bakazovyara abana b’Imbonerakure, muyandimajambo komugihe coguhitamwo kwubaka urungo bocagura abakobwa bomuyindi migambwe , ariko isiyose yaciye ihaguruka ngo ibara riraguye mu Burundi!
    Kagame ubwiwe yivugiye ngo uwutavugarumwe natwe ntawundi azomutwicira ngonitwebwe dutegerezwa kuvyikorera nkuko twabikoze kuri Karegeya, ntamajunguyanwiyamirije,
    Ariko umukuru winkenguzanateka yivugiye ngo abarundi nimugende kubikorwa vyokubatezimbere amakungu ntiyagize isoni mukumuhingura ngwabwiye abarundi ngobagende mubikorwa vyokwica!!!
    Murwanda uwuvuze bacabarasa canke bakanugonga nimodoka canke akarorwa ndanikimwe amakungu abivugako, ariko muburundi hadutse abantu bagakubita kudeta bagaturira abantu nibintu abajejwe umutekano buburundi bahagaritse ivyobintu amakungu ntiyatinyishije mukubafatira ibihano bakabashira mumurwi umwe nabatera ama grinade mubantu bariko baridandariza udutomate!
    Biribonekeza ko hariho ibihugu vyabazungu bishakako uburundi nurwanda barwana ibintu bikayangara amariranamaborogo mu rwakanyarwanda no Burundi bwanyaburunga akisukira, Prezida wuburundi yarabonye kwarivyo abazungu bashaka, ariko Kagame we mengo ntavyabina.

  • Kkkk , the great ndagutwenze kandi ndakugaye( ndagusuzuguye) NGO? Rwanda is strong than Burundi? In which area ? Could you come up with an example underpinning your assertion? Do not anytime convert in a sarcasm yourself. NGO uwuhawe n,Imana yiyita umuhinga. Be mwitonda mukuvuga. Mu Rwanda co kimwe no mu Burundi abatutsi ni 15% abahutu 85%. Sindi muri bamwe bahakana genocide nukuri genocide yakorewe abatutsi mu Rwanda ndayemera kuko ntakuntu hotikira inganda nka zirya NGO habe kwihagararako , ariko uno musi igituma na president Kagame yitayeho amahoro we azi ubwenge kurusha wewe wa kijuju we NGO ni the great , ntantambara mwotsinda hamwe yoba! Reka ndakwereke ubu abanyarwanda beshi barahunze, igihe hotera intambara nabo bozira rimwe kugwana ,Congo ibariza ijisho, Tanzania nukwo! Umve mundwi umwe u Rwanda rwoba rufashwe ariko sivyo ndabipfuriza kuko namwe mwamaze imyaka myishi abahutu babakumira, nico gituma ubona Imana ibatije ingoma co kimwe no mu Burundi abahutu bari bamaze imyaka myishi bakumiriwe none Imana yabarij ingoma!!!! Jew narakijijwe ntamacakubiri mvuga ukuri . Ariko nguhanure ntuzosubire kurota NGO u Rwanda rurakomey aho rwobuzurirako yoba amasaha make u Rwanda rufashwe , ariko ntavyo ndabipfurije!!!!? Therefore be wise as snacks and be humble as doves are!!!!!

  • nta wudahwa afasha uwuhitwa.politic zabo zifuye nizigume mu gwanda.iyo Pam nitangure ibishore mugwanda nyene.

  • Ariko abarundi bamwe mwabaye gute?! Nimutamenya ubwenge ngo Muve kuri uwo muhirimbiri wanyu nkurunziza muziretrouva muza no mu rda mwishyuye visa , Rwanda ntawe rwanga ahubwo rubashakira ibyiza, UBu se AMA milliard urwanda rwabatangiye ngo mwinjire muri EAC yo mwabona ayo mubasubiza babishyuje,?! Mwakangutse mukamenya ubwenge?! Ntago ari kagame uzaza kubigisha kko ba kagame ntibaba 2 kdi abantu nkawe baboneka gake cyane kwisi ...!!! Njye Burundi burambabaza twe turi kuzamuka buri munsi muri development naho mwe muri gusubira inyuma buri munsi..! Mwarangiza ngo mufite president Wanga nibiryo bigaburira abaturage..?! Kdi ngo yirirwa asenga! UBu se asenga iki ?! Harya ngo muzamutora?! Muzatore rwose nababwira iki !!! Muzicuza musigaye musaba urda noneho nibyo kurya no kuryamaho naho kuba... vive rwanda with Kagame💪🠾💪🠾 Nothing is impossible

  • Ngaho ngo bamwe nabahutu abandi ngo nabatutsi! Ninde utazapfa kubera icyo aricyo? Ninde Imana iha umwuka kubera ari umuhutu cyange umututsi? Mwirirwa muryana mumarana, Sha umwana wanjye nzamurinda urwo rwango kuko sekibi abazuyemo. Kandi mwirirwa munsengero no mumisigiti ngo murasenga. Ese ko Yesu yavuze ngo umwakiriye aba abaye umwana wImana nkabanziko abahutu abatutsi mwirirwana munsengero ubwose musenga iki? Murasaba ntimusubizwe kuko Imana nurukundo ntikorera murwango.

  • Ariko sha wewe ukoresha izinaryanje ryitwa Hutsi urabona wizeyeko ivyowabuze mubihe vyimugumuko namakudeta noguturira abantu, urabona ukoresheje irizinarya kwariho wibazako uzoca uronka ivyakwankiye!?
    Hanyuma urabona nshobora jewe kwiyaka imigisha nkananirwa guhayagiza igihugucanje nabakirongoye ariko nkahayagiza igihugu curwanda na Kagame nkukwo kwawe arinacogituma imvumo yakurenze atanakimwe igikora ngokigendeneza numutima ahuri uguma ududaguraka nkakurya habaye umusimkuru wingoma zabahebera aha iwacu Burundi hariya muntara ya Gitega.
    Sha ndashimiye retayacu yuburundi irongeye ikubise ingugu Kagame, yariyibwiyeko nibadutegera kubifungurwa hoho bizocamwo nharambe uburundi nabarundi.

  • JE MBONA BOBIREKA BIKAZA KUBERA NAHO NTORONKA HARI ABAGOMBA KWICWA NINZARA KU NSUMVYA!

  • Mibareke Ntahobazoshirana

  • Nonegayemwe Abarundi Naba Nyagwandantiborababagakurahigitumabatandukana Abanyagwanda Nabarundikotwarumwe Indidutandukanyegaydmwe?

  • Ivyonanditsevyosekomutamgayinyishu Kuriyonkuruyugwanda Nuburundi Kuvyerekepamu ?Murakozekunyishumuzakumpa,

  • Jewe mbona ko Pam ibifise mwuruhara runini mbe yarabuze ikindi gihugu yoguramwo ibiryo mpaka ugwanda. Ntitwanka imfashanyo ariko twanka ibivuye mugwanda

  • Jewe nama mvugako bitangaje kubona uyumusi hakiriho abarundi bibijuju kungana ukuraho kubona abarundi bamwe mwera kucanishwamwo numuntu yiyita umukuru wigihugu kunyungu ziwe nakarwi kiwe jewe nibaza ko nubwo harabavuga ko bakunda nkurunziza ahubwo badamukunda namba kuko uwukunda ntumwosha kugira ikibi ahubwo harico murushije upfuma ukimufashisha gusumba kumwosha ngenda ukore ikibi mbe urworukundo mumwereka KO mutarumweretse akiri mwishamba igihe yari yaciriwe urwo gupfa icatumye kirya gihe mutirirwa mumabarabara nigiki

  • Abarundi muta igihe kuko ntaho mufite muhungira u Rwanda n’Abanyarwanda. Turi abavandimwe kandi ibyiza n’ibibi turabisangiye kugeza k’ubukoloni.

    Nimwakire ibyo kurya mureke guteka imitwe. Urwo rwangano rumeze nk’urwu mwana yikuruza mu rwembe ngo ariho arahima abaganga.

    Abanyarwanda natwe mwatubaniye neza muri 1959 kandi mwaratugaburiye, muratwiza. Ubu n’aho twagira ibibzo ntacyatubuza kugaruka mu Burundi. mureke rero kwigira nk’abana kuko amakungu ariho araduseka. Na kongo ntiyigeze ifunga imipaka yayo natwe nkanswe mwebwe mwiriza ntanikibi twabagiriye.

  • Ivyo Biryo Bivuye Kwakagame , Leta Nirabe Ahubwo Babiturire,Ninko Canke Inyoni Ntizibitore Ngo Zihave Zihasiga Ubuzima !

  • Nimuvyakire kuko hari abanyagihugu babikeneye kandi muvyanse u Rwanda ntiruhomba kuko PAM yarabiguze ahubwo muzoba muhemukiye abarundi bagoswe n’inzara, erega politique ntabwo bayirya!!!!!!!

  • Tuzobironkagute

  • Ivyovyose biva kungorane ziri muburundi

  • emwe ndashimye caaane kubabitashoboye kuza kukonahovyaza ntivyahabwa ingogwa vyahabwaabifise izombwangonipam bararenganya nkatwebwentamusituraronka kandi turimpfuvyizinzara nibarekekubizana dusonzerehamwe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.