IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Impapuro z’umutsindo z’abize muri LMD muma Kaminuza ntizizosubira kwemerwa (...)

Impapuro z’umutsindo z’abize muri LMD muma Kaminuza ntizizosubira kwemerwa kuva muri Ruheshi

vendredi 15 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko biri mu rwandiko umushikiranganji ajejwe inyigisho, Janviere NDIRAHISHA yarungikiye abarongoye amakaminuza, iyo ngingo izotangura kuja mu ngiro kuva kw’igenekerezo rya mbere Ruheshi, agasaba ababijejwe ko bofasha abanyeshure bariko bandika ibitabu kugira banyarutse.

Muri urwo rwandiko, umuyobozi mukuru ajejwe inyigisho mu hushikiranganji bw’indero yasabwe ko gushika kw’igenekerezo rya mbere Ruhuhuma 2018 yoba yatanze icegeranyo cerekana ingene ibijanye n’iyo ngingo vyifashe mu makaminuza.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.