Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 baronse iyo ntsinzi mu rukino rwo gusubiriza rwabereye ku kibuga citiriwe Urukundo co mu ntara ya Ngozi mu gihe urukino rwa mbere rwabereye i Lusaka mu gihugu ca Zambiya ,Uburundi bwari bwatsinzwe igitsindo kimwe n’igihugu ca Zambiya.
Bitegekanijwe ko inkino nyezina z’ico gikombe z’ibihugu vya Afrika c’abatarenza imyaka 20 zizoba ku mwaka uza wa 2019 mu gihugu ca Niger .

Shaka mubwire ko sayido berahino azokina ku2