Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kayanza: Abanyeporitike bahuriye mu mwiherero w’iminsi ibiri - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Kayanza: Abanyeporitike bahuriye mu mwiherero w’iminsi ibiri

Kayanza: Abanyeporitike bahuriye mu mwiherero w’iminsi ibiri

jeudi 22 Ruheshi 2017

Uwo mwiherero w’iminsi ibiri uriko ubera ku murwa mukuru w’intara ya Kayanza,watunganijwe n’ibiro vy’umuhuza w’abarundi, wuguruwe n’icegera ca mbere c’umukuru Gaston SINDIMWO.

Uwo mwiherero witabwe n’abarongoye imigambwe,abanyepolitike, n’abigeze kurongora igihugu.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Ivyabaye ntibikwiye kwitwa amatora kandi n’ababigize barabizi. Uwo yiyita umuhuza amanyanga y’ubwoko bwose ari kugatwe kiwe. Imigambwe ko yayimanyaguye yishiraho nyakuri gusa ahindukira gute ngo ahamagaaje abanyepolitique. Na 2020 mwitegurire akandi kamaramaza nkako. Jewe mbere abagira politique y’iki gihe bitwa ko bemewe n’amategeko nobagereranya n’abadandaza. Umudandaza ataronka inyungu yiwe bwite ntapfa yemeye gukora hari n’abadanza ivyamaze kwononekara abo vyishe bikabasha. ntituri bwiyahure ariko iyo tuja hari umwijima mwinshi....na 2020 ngo babimusvye azokwitoza emw emw impene irivyarira umugabo kabisa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.