IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Kayanza : Umunyabigega wa UCODE i Muhanga yahagaritswe n’igiporisi

Kayanza : Umunyabigega wa UCODE i Muhanga yahagaritswe n’igiporisi

jeudi 12 avril 2018

Amakuru ava mu ntara ya Kayanza, amaenysha ko uwo mukenyezi yahagaritswe inyuma y’ubusuma bwabaye mu bubiko bw’ishirahamwe UCODE muri komine Muhanga, haraheze indwi.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE, yamenyesheje ko amafaranga 8127000 fbu ariyo yibwe kw’igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2018.

Pierre NKURIKIYE yamenyesheje kandi ko abantu batatu aribo baciye bafatwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.