Kinanira : Umukuru w’ishengero "New Vision" yafashwe

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 12 Ntwarante 2018 saa 09:36
29895
0 0

Igiporisi cataye muri yompi mu gatondo ko kuri uwu w’Imana uwitwa Nimbesha Célestin asanzwe ariwe aserukira imbere y’amategeko ishengero "New Vision" ryo muri karitiye ya Kinanira, zone Musaga, mu gisagara ca Bujumbura.

Uwo yafashwe yagirizwa ko yateye akajagari muri iryo shengero, akajagari katumye abari baje kuhasengera barwana.

Ukwo gushamirana kuri urwo rushengero kwatewe n’ikibazo c’ukurwanira uburongozi cibonekeza, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.


Kumenyekanisha

1
SINDAYIGAYA YOWELI 14-03-2018 à 21:41

RETA IRATURABIRA KO ARI INTUMWA

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha