Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kirundo: Babiri bandika abazokwitaba amatora bahagaritswe bagirizwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Poritike > Kirundo: Babiri bandika abazokwitaba amatora bahagaritswe bagirizwa (...)

Kirundo: Babiri bandika abazokwitaba amatora bahagaritswe bagirizwa kwandika ibitarivyo

Friday 9 February 2018

Abo bafashwe ni Tharcisse NIYONKURU hamwe na William NIMBONA bariko bakorera mu kibanza bandikiramwo abazokwitaba amatora ca Rutegama, muri komine Ntega, intara ya Kirundo.

Ivyo bibaye mu gihe, kur’uyu wa kane igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2018, uwundi muntu umwe yahagaritswe n’igiporisi mu ntara ya Ngozi, yagirizwa kwandika amazina atariyo y’abaje kwiyandikisha.

Igikorwa co kwandika abazokwitaba amatora catanguye kur’uyu wa kane igenekerezo rya 8 Ruhuhuma, kizorangira kw’igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2018.


MUGISHA Van Naris

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.