Home > Amakuru > umutekano > Mairie – Bwiza :Uwitwa Christophe NDAYIKENGURUKIYE yatowe ikiziga
Mairie – Bwiza :Uwitwa Christophe NDAYIKENGURUKIYE yatowe ikiziga
Friday 12 October 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza ,Pierre NKURIKIYE avuga ko uyo Christophe NDAYIKENGURUKIYE ata gikomere na kimwe afise k’umubiri wiwe kandi yaba aho nyene mu Bwiza kuriryo barabara ry’indwi ku nimero 47.
Ayo makuru abandanya avuga ko Christophe NDAYIKENGURUKIYE yavuka ku mutumba Mpehe i Bugarama mu ntara ya Muramvya.
IGIHE
Forum posts
13 October 2018, 14:46, by Bizimana Vianney
Ariko Mana!Kuk Mu Burund Hama Havugwa Abatow Ibiziga?
24 October 2018, 12:01, by Nitunga cerestin
Igiporisi kijejwe iperereza nigikore ibishoboka bumve icishe uwo christophe