IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Mexique: Abantu 200 bapfuye bahitanywe na nyamugigima

Mexique: Abantu 200 bapfuye bahitanywe na nyamugigima

mercredi 20 Nyakanga 2017

Ayo mazu yasenyutse ku murwa mukuru Mexico, mu gihe nyamugigima ifise igipimo ca 7.1 yahaca.

Abantu bariko baratabara vyihuta bafashijwe n’abantu amajana n’amajana bariko baritanga igikorwa co kurondera abarokotse baguweko n’ibihome vy’amazu.

Abategetsi mu gihugu ca Mexique bavuga ko igitigiri c’abapfuye gishobora kwongerekana.

Mu ntango z’uku kwezi kwa Nyakanga ,nyamugigima yaradutse mu karere ko mu bumanuko bushira uburengero bw’umurwa mukuru Mexico gihitana abantu 90.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.