IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Muramvya:Abantu 4 bapfuye abandi 3 barakomereka n’isanganya ry’imodoka

Muramvya:Abantu 4 bapfuye abandi 3 barakomereka n’isanganya ry’imodoka

Monday 8 October 2018, by vianney

Amakuru atangwa n’abajejwe umutekano avuga ko abapfuye ari Saturnin Mudende n’umugore wiwe Immaculee,Georges SEMBWA hamwe na Venancie NIZIGAMA kandi bose bava mu ntara ya Cankuzo.

Ayo makuru avuga ko abakomeretse ari Razard SEBWA,Tomas Mozes Jackson hamwe na Immaculee KAMARIZA.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.