Muyinga : Abantu 4 bishwe n’abantu bataramenyekana

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 4 juin 2018 saa 02:38
24225
0 0

Abantu batatu nibo bitavye Imana mw’ijoro ryo kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Ruheshi 2018, ku mutumba Burambira, komine Gashoho, intara ya Muyinga.

Amakuru ava aho mu ntara ya Muyinga, amenyesha ko muri abo batatu bishwe harimwo umwana yari amaze amezi atatu avutse.

Ababanyi b’abo bitavye Imana, bamenyesha ko abo bishwe boba bazize indyane z’amatongo ziri mu muryango.

Mu bajejwe umutekano, bamenyesha ko abantu bane bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


Kumenyekanisha

1
Telesphore 4-06-2018 à 19:49

Imanidufashe Ivyobintu Bihagarare

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha