IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Muyinga : Uwagirizwa gukubita umugore wiwe yasomewe urubanza

Muyinga : Uwagirizwa gukubita umugore wiwe yasomewe urubanza

mardi 17 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Mu rubanza rw’ikibiriraho rwasomewe mu ntara ya Muyinga ahabereye ivyaha, NGANJI Claude yagirijwe ivyaha bigizwe n’ugukubita umugore wiwe, kurenga ibigo hamwe n’ugusuzugura umushikirizamanza wa Repubulika i Muyinga.

Sentare isubiramwo imanza ya Ngozi yaciriye NGANJI Claude umunyororo w’imyaka itatu hamwe n’ihadabu ry’amafaranga ibihumbi ijana.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.