Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Mwaro : Amagufa y’abantu yatowe ahariko hubakwa inzu
Yanditswe taliki ya 11-01-2017 - isaha 10:32' na IGIHE

Amagufa y’abantu bahambwe mu kinogo kimwe yatowe kuri uwu wa kabiri mu ntara ya Mwaro, muri komine Rusaka.

Abajejwe intwaro muri iyo ntara bamenyesha ko ayo magufa yatowe mu kibanza cariko cubakwamwo inzu.

Abagereye ahatowe ayo magufa bakaba bamenyesheje ko bigoye kumenya igihe abo bantu bahambwe muri ico kinogo, abaribo hamwe n’ingene bangana.

Ivyiyumviro vyanyu

ni danger

15.01.2017 à 09:37
kcb

mbega Maná y uburundi, kuk kweli ibivyabaye, kwica bimaziki, bitanga iki kwica umuntu umuhora uko yavutse ? ninde ashira uruhare kuvukira mumuryango ukize cnk ukenye, ninde agirá uruhare rwokuvuka ari Umututsi cnk umuhutu ???

micombero yagiye yica abantu nyagupfa nkuk yapfuye, ubukoko wew arihehe, Buyoya Papa w,abamenja !!!

Maná shira ukuri ahabona ku Burundi

15.01.2017 à 08:50
Gateka

emwe nakamaramaza birateye agahind

14.01.2017 à 23:16
edouar

Kiramvu we iyo amaze gusinda amahera y’ibimuga mububirigi avuga yuka azi byinshi kwihonyabwoko rya 72 ryakorewe abahut. Niyo mpamvu we na Mujeri Pacifique basaze !!!

14.01.2017 à 23:00
Ruzibiza

cnard nimwumva igize civuga kurabo bewacu bishwe urubozo iroba irimwo aba kirisu. nico gituma uyo mugwi wa cnard uhengamye !

14.01.2017 à 20:14
Nem

none amatohoza reta iyagejejehe ntibe yarashize mwuruhar kuk umunt nuwund iyaba yari nkumwana wa presden baba bamenye abamwishe.

13.01.2017 à 17:38
ELOGE

Nasomye kuri twitter ya mujeri(Nininahazwe Pacifique)gusa ntacyo ivuga kuri ayo magufa kubera se ari mubakoze ibara 72.

12.01.2017 à 23:35
Rashid Juma

Abo bose nabana baba hutu bishwe ninyanka Burundi.

12.01.2017 à 22:21
UMWAMI

mwabuze icomukora ubu dukeneyeko mutubwirati igihugu cakoze imigambi kanaka note kutubwirango mwatoye amagufa.

12.01.2017 à 21:41
prosper.

mwabuze icomukora ubu dukeneyeko mutubwirati igihugu cakoze imigambi kanaka note kutubwirango mwatoye amagufa.

12.01.2017 à 21:41
prosper.

nibarondere abahinga babijejwe karaba abo bantu ingene bangana nigihe bahabwemwo muricokinogo iyo ntala twamyetutayizeye kuvakela yamyemwo ibinywamalaso barimubagandaguye umukuruwigihugu NDADAYE merikiyolo yitorewe na barundi nabandi barundi iyo ntala siyo nagato

12.01.2017 à 20:26
nzohabonima vianney

nibarondere abahinga babijejwe karaba abo bantu ingene bangana nigihe bahabwemwo muricokinogo iyo ntala twamyetutayizeye kuvakela yamyemwo ibinywamalaso barimubagandaguye umukuruwigihugu NDADAYE merikiyolo yitorewe na barundi nabandi barundi iyo ntala siyo nagato

12.01.2017 à 20:25
nzohabonima vianney

Abo ni Abatutsi bishwe na DD, ntimuduhende

12.01.2017 à 08:46
Musaga

Ukuri Ntikunyegezwa

12.01.2017 à 06:34
preto

IYONKURU NTAVYINSHI NOYIVUGAKO,ARIKO BIRAGARAGARA KO BOBA ARI ABANTU BISHWE MUNTABARA YABAYE INYUMA Y IGANDAGURWA RY INCUNGU YA DEMOCRATIE NDADAYE MELCHIOR.

12.01.2017 à 04:28
JARRY

None womenga ntamaso mugira ?? ayo magufa none ntubona ko ari mukurenza imwaka hafi 50 ? nawe raba yaratanguye guhinduka ivu ? Ibinogo (fosse commune) aho mu Burundi ninjojo, twasigiwe n’umumenja Micomibi. Namwe murarabe ko atamuhumiye n’abiwe bose !!!! ubu birageze ko bayahambana iteka kugira ngo imivumo ive mu Burundi. Ahasigaye baje kuturonderera Buyobe nabo ba Busokoza basigaye tuje kubashira muri musée vivant I Bujumbura, tuze turagira ingenzi ziza kuraba abicanyi kabuhariwe.

12.01.2017 à 01:34
Kagabo

Se wa za mujeri (Ninahazwe Pacifique,Gakunzi,sinduhije,kiramvu,...)bari mubakoze genocide . Turasaba reta y’uburundi ko yareba uko ibigenza bakatubwira amabi ba se basize bakoze kuko babizi kandi bahora babivuga mutubari.

11.01.2017 à 21:18
Cuma JMV

abo banditse ngo nabi 72 barabesha kandi baragowe Imana izobibahora

11.01.2017 à 20:30
pastor victoir

Ivyobintu birababaje cane ahubo reta yoraba ikagira amatohoza izonkozi zikibi zigahanwa

11.01.2017 à 20:12
mayunga

none abo bantuvyoba vyari ibitsina bingahe yoba ari umugabo numugore ?

11.01.2017 à 19:09
eroje
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.