Ngozi : Abayoboke umunani ba RWASA basabiwe umunyororo

Yanditswe na NDUWIMANA
Kuya 15 Rusama 2017 saa 10:15
Yasomwe : 8712
0 0

Sentare y’i Ngozi yasabiye umunyororo w’umwaka umwe n’igice abayoboke umunani ba Rwasa Agathon bagirizwa ko bafashwe bari mu nama itamenyeshejwe ku bajejwe intwaro.

Nk’uko biri mu birego, iyo nama bagirizwa ko barimwo ni iy’urunani rw’abigenga Mizero y’Abarundi, ruyobowe na Agathon RWASA, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka.

Abagirizwa ico caha baragihakana, bakavuga ko bariko bahorwa imvo za poritike.


Kumenyekanisha

1
FIACRE 21-05-2017 à 22:36

RWASA ABIVUG KWIK?

2
Elias Mpozamarira 16-05-2017 à 03:29

Uwonumugambi wa CNDD FDD wogutoteza abatavuga rumwe nawo!, noneho ivya banwanyi ba RWASA kuvakera bamye bahigana kurya kwi mbeba nakayabu na CNDD FDD!, sivyubu.
Nayubucamanza bwa hano iwacu busigaye bukorera umugabwe CNDD FDD, nicogituma ubucamanza bwahano bwamaze kwononekara.
Nibihangane mwuwomwaka nibatabicira mubusho, bazoveyo bameze nka Mandera wa Afrika.

3
Muhorakeye Quinne 15-05-2017 à 14:35

Bamureka Kucinyiza Abantu Kandi Umukuru Wigihugu Asenga Yirirwa Akoresha Ibikorane Ni Muhinduke Imana Izobarandura

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha