IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria : Abakobwa barekuwe na Boko Haram ntibarashika mu miryango (...)

Nigeria : Abakobwa barekuwe na Boko Haram ntibarashika mu miryango yabo

jeudi 11 Rusama 2017

Umuvugizi wa Reta ya Nigeria yavuze ko amafoto y’abakobwa 82 azobanza kwerekwa imiryango yabo, kugira barabe ko ababo barimwo.

Uwo muvugizi yamenyesheje ko hagisigaye igihe kugira abo bakobwa 82 bashikire imiryango yabo, igikorwa co kubashikiriza kizobera ku murwa mukuru w’igihugu i Abuja.

Hari abandi bakobwa bakuwe mu minwe y’umurwi wa Boko Haram mu kwezi kw’icumi mu umwaka uheze wa 2016, ariko n’ubu batararekurwa ngo babonane n’imiryango yabo.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.