Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Parcem ivuga ko ibiganiro hamwe n’intwaro ishingiye kuri kazoza arivyo muti (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Poritike > Parcem ivuga ko ibiganiro hamwe n’intwaro ishingiye kuri kazoza arivyo muti (...)

Parcem ivuga ko ibiganiro hamwe n’intwaro ishingiye kuri kazoza arivyo muti w’ibibazo mu gihugu

Thursday 7 June 2018, by Jean De Dieu

Mu rwandiko iryo shirahamwe ryasohoye kubijanye n’ibwirizwa shingiro rishasha ryateweko umukono n’umukuru w’igihugu,Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM amenyeshako naho iryo bwirizwa nshingiro ryemejwe,mu gihugu hakiri ibibazo bikomeye bikwiye gutorerwa inyishu.

Faustin NDIKUMANA avuga ko ibibazo nk’ibijanye no kunywanisha,urwanko hamwe n’abarundi benshi bakiri mu buhungiro ari ibibazo bikwiye gutorerwa inyishu.

Ibindi bibazo mw’ishirahamwe PARCEM babona ko bikiraje ishinga igihugu n’ibijanye n’uko igihugu ata cizere kigifitiwe n’abasanzwe bagifasha,kubura uburyo hamwe n’igiturire.

Faustin NDIKUMANA arangiza avuga ko habaye ishaka ry’abarongozi batandukanye bagashira imbere kazoza k’igihugu hamwe no gukunda igihugu ata nkeka ivyo bibazo vyose vyotorerwa inyishu


Bikorimana Vianney

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.