IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Abantu indwi bitavye Imana mu myiyerekano i Kinshasa

RDC : Abantu indwi bitavye Imana mu myiyerekano i Kinshasa

dimanche 31 décembre 2017

Amakuru ava ku murwa mukuru w’igihugu Kinshasa, amenyesha ko abo bantu bapfuye, mu gihe bari mu myiyerekano yatumweko n’ishengero katorika inyuma y’imisa,yo gusaba iyubahirizwa ry’amasezerano yashizweko umukono haraheze umwaka.

Naho mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bavuga abantu indwi,mw’ishengero katorika hoho, bavuga ko ibiharuro nfatakibanza aria bantu 10 bishwe n’abapatiri benshi bahagaritswe, ku murwa mukuru.

Ku ruhande rwiwe,umuvugizi w’igiporisi avuga ko hapfuye abantu babiri mu mishamirano n’abajejwe umutekano, kandi ko amatohoza yatanguye.
Mw’itangazo rya Reta ku mboneshakure, imenyesha urupfu rw’umuporisi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.