Accueil > Amakuru > u Burundi > Rohero : Imitobe (Jus) ikozwe mu nyama ziboze yafashwe
Rohero : Imitobe (Jus) ikozwe mu nyama ziboze yafashwe
mercredi 24 Rusama 2017, par
Iyo mitobe itemewe n’amategeko izwi kw’izina rya "Nezereza", mu giporisi bakamenyesha ko uwudandaza iyo mitobe atashoboye gufatwa, kuko yaciye ahunga abonye igiporisi.
Messages
24 Rusama 2017, 18:09, par anna kana
Abarozi bari kwinshi yemweeeee!Oya uyowe ntajeeeee!
24 Rusama 2017, 18:20, par Bubu-g Dieudonne
Nibakomere Abo bapolice Bazifashe
24 Rusama 2017, 22:59, par LIO-MIND
ababikora ahubwo nabahinga munyama ziboze hakavamwo jus nukobafise ubuhinga buke nayahandi boteje imbere igihugu murikazoza ntimubakubite ahubwo babaze uburyo babikora hama mubahigre vyankenerwa kugira bakore ivyomwemera hama igihugu gitere imbere #abanyabwenge.com
24 Rusama 2017, 23:01, par LIO-MIND
ababikora ahubwo nabahinga munyama ziboze hakavamwo jus? nukobafise uburyo buke nayahandi boteje imbere igihugu murikazoza ntimubakubite ahubwo babaze neza uburyo babikora hama mubahigre vyankenerwa kugira bakore ivyomwemera hama igihugu gitere imbere #abanyabwenge.com
25 Rusama 2017, 07:36, par Elias Mpozamarira
Ntahovyabonetse ahinyama zivamwo ijuwisi!? abantu nukuri bakundivyo banwa bazonwa ibatwara agatwe nukuri.Ijuwisi tuzi koziva muvyamwa vyi mbuto,arivyo twita amatunda mururimi rundi. Inyama nazo turaziteka tukazikoza ubugari, canke tukazikoza ibindi,
abobantu badukana ibintu mumitwe atanaho bavyigiye, bakazana mubantu jewe ndabita kwarabicanyi badasazwe!, nimbumuntu afisumwunga mushasha yazanye woshobora kumutezimbere, na wuperezante mubabijejwe, haniwacu turafise aba doctor, nabonyene babanze bapime ivyo binyobwa barabe, kwatarivyo gutikiza abenigihugu.
25 Rusama 2017, 13:16, par Jeanbosco
Mana Garukiruburundi.Hagezekotunywa Ibinyobwabiboze!Abantunkabonibahanwe.
25 Rusama 2017, 14:56, par Nestori
Nibamuhe Akazi Kukwarashoboy Ntahataniye Nuwakoz idege Mumodoka.Jew Mbon Ahubwobomuha Akazi.