Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge-Nyanza-Lac : Impunzi zivuye mu guhugu ca Kongo zakiriwe n’abajejwe (...)
Rumonge-Nyanza-Lac : Impunzi zivuye mu guhugu ca Kongo zakiriwe n’abajejwe intwaro
jeudi 25 janvier 2018
Amakuru dukesha urubuga rwa twitteur rw’igiporisi c’Uburundi,abashika 233 bashikiye mu ntara ya Rumonge ,mu gihe abarundi bakiriwe muri abo bahunze bagizwe n’abarimyi hamwe n’aborozi.
Amakuru ava mu bajejwe intwaro muri Komine Nyanza lac amenyesha ko abo bahunze, bashitse mu Burundi baciye mu kiyaga Tanganyika, bashitse baciye bahabwa imfashanyo ziba zirabafasha .
Ayo makuru abandanya avuga ko abo bava mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, baca bajamwa mu makambi y’impunzi ari hano mu Burundi ,abarundi nabo bakazoca bashikanwa mu ma komine yabo.

Vianney BIKORIMANA
Messages
25 janvier 2018, 19:05, par SOUPLE DIEUDONNÉ
Emwe abantu bakora uwo mwuga mubi wokuroga boraba bagaheba,ariko abanyagihugu nabo bareke kuja baraka ubuzima bwabo batabuhaye.
26 janvier 2018, 02:17, par Mbonimana,
Natwabarundi Turinyuma Kuriribwirizwasingiro Ritagirimutwenamaguru Rigombakugomekumuntumwe Gusakubutegeci, Natweturahunze Budakeyenakabi,