IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Rumonge:Umuporisi yagirizwa gushaka gufata ku nguvu umwigeme w’umupfungwa (...)

Rumonge:Umuporisi yagirizwa gushaka gufata ku nguvu umwigeme w’umupfungwa yaciriwe imyaka 15

samedi 26 mai 2018

Amakuru dukesha umuvigizi wa sentare Ntahinyuzwa, Agnes BANGIRICENGE,amenyeshako Charles BIZINDAVYI yarashe mu nda uwo mwigeme inyuma yaho agerageje kumufata ku nguvu akamwankira.

Uwo mwigeme yarapfungiwe mu gasho k’i Magara muri komine ya Bugarama mu ntara ya Rumonge, akaba yaciye ajanwa kuvurirwa mu bitaro vy’abaganga batagira imbibe bakorera mu bitaro vyo mu Kabezi.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.