IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Ruyigi: Abantu 916 bahungutse bakiriwe n’abajejwe intwaro

Ruyigi: Abantu 916 bahungutse bakiriwe n’abajejwe intwaro

Wednesday 29 August 2018, by vianney

Ayo makuru avuga ko abo bahungutse bagizwe n’imiryango 298 igizwe n’abagabo 460 hamwe n’abagore 456.

Bivugwako murabo bahungutse 846 bava mu ntara ya Cankuzo mu gihe abangana 70 bava mu ntara ya Karusi.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.