IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ruyigi : Babiri bagirizwa gutabura ikarata y’itora baciriwe gupfungwa imyaka (...)

Ruyigi : Babiri bagirizwa gutabura ikarata y’itora baciriwe gupfungwa imyaka ibiri

vendredi 18 mai 2018

Abo bagabo babiri ni Nshimirimana Prosper na Ntirampeba Jean Claude bose baba mu ntara ya Ruyigi.

Agnes BANGIRICENGE avugira sentare ntahinyuzwa mu Burundi, amenyesha ko, sentare yabahaye ico gihano yisunze ingingo ya 225 y’igitabu gihana ivyaha bijanye n’amatora.

Mwomenya ko kur’uno wa kane ku mugoroba, uwundi mugabo umwe yahanishijwe gupfungwa amezi atatu na sentare Nkuru ya Mukaza, mu gisagara ca Bujumbura, yagirijwe gushaka gutora incuro zibiri.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.