Parake y’intara ya Ruyigi ikaba yatanguje amatohoza kuri ico caha cagirizwa uwo munyabibega.
Umunyabigega wa komine Gisuru intara ya Ruyigi apfungiwe mu gasho k’igiporisi muri iyo ntara kuva kuri uwu wa gatatu. Jeremie NYABENDA yafashwe n’igiporisi yagirizwa ko yateye inda imwigeme w’umunyeshure yiga mu mwaka w’icenda kw’ishure ryo muri komine Gisuru
Parake y’intara ya Ruyigi ikaba yatanguje amatohoza kuri ico caha cagirizwa uwo munyabibega.
Nibarabe ko n’ubutunzi bwakomine butoba bwaherera kuruyo mukobwa,hama bamuhane,arik ntibibagire kurengutsa nuyo mukobwa kuko nawe ntandero afise kand iyaba nabagabo batwara inda nuyo munyabigega aba ayifis,rero bos nibahanwe.
Nibakore amatohoza neza asanze atakarenganyo bamutangeko akarorero
Abakobwa Biki Gihe Nabo Kwitondera Kuko Bararambiwe,we Yibazako Aronse Ubuzima.
Nukuri Isi Yaheze Mana Tabar’Uburundi Uwo Nyakwubahwa Wumva Atambayibara!
Mbegayemwe uburundibugiyekuba ubwand?nabobugarukiyekwaribobabupfukamyemunda turagowe