Home > Ubuhinga bwa none > Smart > Smart Burundi yabazaniye uturusho ibicishije muri DUTCHATTER
Smart Burundi yabazaniye uturusho ibicishije muri DUTCHATTER
Tuesday 13 February 2018, by
Murashaka kuyaga n’abagenzi bashasha mukaganira mw’isanzuye? Smart Burundi, ibicishije ku buhinga DUTCHATTER,irorohereza abanywanyi mu guhamagarana n’incuti n’abagenzi, Ku mafaranga ijana gusa ( 100fr) ku munsi, canke mugakoresha amafaranga amajana ane (400fr) ku ndwi yose, iyandikishe mwironkere abagenzi n’incuti bashasha.
![](local/cache-vignettes/L672xH672/_459694de1a4619da7ad57d6a10f19f918323dc855cb8844b7e_pimgpsh_fullsize_distr-8d4c9.jpg?1550842287)
Mu kwiyandikisha, muca kuri *810#Ok hanyuma muhitemwo 1 .Ubwo buhinga bukaba budacagura, umunywanyi wa Smart wese araburekuriwe, uwufise terefone ntoyi imwe bita «agahinda», canke uwufise terefone nini imwe bakunze kwita «Ibitabo».
Smart Burundi ntakwo itagira mu kworohereza abanywanyi. Orosha ubuzima n’umuhora ubitayeho vyukuri. Smart, Let’s talk.
IGIHE