Soma amajambo Preeze 36 yishuye umuririmvyi mugenzi we

Yanditswe na Cherif Nkeshimana
Kuya 21 Myandagaro 2017 saa 05:02
Yasomwe : 6183
1 0

Umu "Rappeur" Preeze 36 yavuye mu gacerere yari amazemwo iminsi adasohora indirimbo. Yashize ahabona ururirimbo rurimwo ugukara kwinshi hamwe n’amajambo yerekana ko ariko yishura umwe mu baririmvyi bagenzi we. Preeze 36 avuga ko ariwe yatanguje umudiho wa Rap mu Burundi, akaba yemeza ko aje gusubira ku ngoma yiwe y’ubwami bwa Rap mu Burundi.

Soma amajambo ari mu ruririmbo Preeze 36 yise "Punguza Kelele".

PUNGUZA KELELE - PREEZE 36
Intro
Eeheheee
Harya ngo iyo akayabu kadahari,Imbeba zitambira kumeza
Utege amatwi wumve neza Mwana
itakuwa zaidi ya ngumu iyi apa
Ni GOD MC w’IBURUNDI
The SoulSeller,mwicare hasi mwese ,Mutekereze ! Let’s go
Chorus
Mbega mwe muvahe mbega mwe mujahe
biwelewele nibi welewele
Mbega mwe muvahe mbega mwe mujahe
Ubu nashitse punguza kelele

Uzanye uburofa mi na chapa fimbo
Genda kwi brossA w unuka ibishimbo
Mbega mwe muvahe,mbega mwe mujahe
Ubu nashitse punguza kelele

Verse 1
Ndaje gukuraho HipHop zibiyashu
Bwab Rapper nabushize muka machu
Muri poubelle bosé kurya kw’imicafu
Bajé kwi shuré tubakuré mu mubujuju

Mbega uvahe ukajahe we wagahungu
Utazi nuwutwara Rap Mugihugu
Biravugwa ngo uva interieur
Ugez mwi cité wigira towneri

Muja gushakisha ama beef mumahanga
No kugatumba iwanyu hirya bosé barakwanka

Umukino wa rap iwacu n’iryo Rogero
Kuri mwebwe ndabizi ribabera ibohero
Polepole Polepole polepole
Ndashitse mwese muhorehore
Dukureho Rap zimiboré
Zivuga nabi nka mugoboré

Ndi nka Cristiano nterura ibikombé
Ndamwita Messi AkA Magondé

Chorus
Mbega mwe muvahe mbega mwe mujahe
biwelewele nibi welewele
Mbega mwe muvahe mbega mwe mujahe
Ubu nashitse punguza kelele

Uzanye uburofa mi na chapa fimbo
Genda wi brossA unuka ibishimbo
Mbega mwe muvahe,mbega mwe mujahe
Ubu nashitse punguza kelele

Verse 2
ShoutOut kuba Fana banj Vava Mully,Marvella Niho Muri
SoulSeller Nurumuri
Rwaba Rapper bosé bigira abanyamuji

Ndabaremera niyo mpamvu mwe muta ibiro
Muzoguma musha mugihé jew nkiriho
Mungwano zanjé zosé menya ntabukiriro
Niwapfa iyi ndirimbo izovuga mukiriyo

Hey Nigga urarinda,tanga icubahiro ndazi neza uri igipinga
Ntibikenewe ko twiruka
Nawé ruhinja
Wataye akaranga wibera muga Hinga
Bandondera kenshi ndabashira kurutsinga
Abagore babo bosé ndabatera Finger
Ndabasiga kenshi ko bagenda nam Kinga
Intahe ya rap ubu naje kuyi Shinga(shinga)

I got All eyes on me,ama likes ibihumbi,kwiyi beat munyerera,jew ntawunyegera (Nuhhh)
I was born poor but imma die rich
Sit down you lil bitch

Chorus
Mbega mwe muvahe mbega mwe mujahe
biwelewele nibi welewele
Mbega mwe muvahe mbega mwe mujahe
Ubu nashitse punguza kelele

Uzanye uburofa mi na chapa fimbo
Genda kwi brossA unuka ibishimbo
Mbega mwe muvahe,mbega mwe mujahe
Ubu nashitse punguza kelele

Outro
Yeahhh harya ngo
Iyo utibuka aho wavuye
Biragoye kumenya iyuja
If you cant walk the walk,dont talk the talk bitchez,bow down bitchezzz
I’m talking to all’em fake niggas with fake chainz sit down yeah
The King Is Back
Bizobandanya

This song was written by Preeze 36 Recorded and orderly in INGO RECORD By Kolly Da Magic Copyright Preeze 36 / 2017

Tubibutse ko umu "Rappeur" Preeze 36 azwi mu ndirimbo za Rap zakunzwe cane mu Burundi nka "Vyahaye", "Wa motema", "Sinigeze menya", "Umwami w’ibirere" n’izindi.

Ururirirmbo "Punguza Kelele"


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha