IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzania : Abantu bitwaje ibirwanisho bishe abaporisi umunani

Tanzania : Abantu bitwaje ibirwanisho bishe abaporisi umunani

vendredi 14 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Abaporisi umunani bishwe mw’ijoro ryo ku munsi wa gatatu n’abantu bataramenyekana bari bitwaje ibigwanisho mu gihugu ca Tanzaniya, bakaba babategereye bari mw’ibarabara.

BBC ivuga ko abo bapolisi batewe bariko bagenzura akarere basubiye mu kigwati ca Bungu, ku birometero 110, mu bumanuko bw’umugwa mukuru Dar es Salaam.

Igiporisi kivuga ko cakurikiye izo nkozi z’ikibi iyo zagiye kwinyegeza, cicamwo zine, babanje kurasana.

Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, John Magufuli yiyamirije ubwo bwicanyi.

Umushikiranganji ajejwe ibibazo vyo mu gihugu, Mwigulu Nchemba, yavuze ko hagiye gukogwa itohoza kuri ubwo bwicanyi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.