IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA: Abarusiya 35 birukanywe bamaze gusubira mu gihugu cabo

USA: Abarusiya 35 birukanywe bamaze gusubira mu gihugu cabo

lundi 2 Nzero 2017

Abakozi b’abarusiya bakora mu buserukizi bw’Uburusiya birukanywe na Reta Zunze Ubumwe za Amerika bagirizwa kuba baragize uruhara mu matora y’umukuru w’igihugu ,baravuye muri ico gihugu kuri uno w’Imana igenekerezo rya 1 Nzero 2017.

Abafashe indege bose hamwe ni 96, bagizwe na 35 birukanywe hamwe n’imiryango yabo.Ayo makuru yemejwe n’umuvugizi wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika hamwe n’itororkanirizo ry’amakuru ryo mu Burusiya Ria Novosti.

Hejuru yo kwirukanwa, izindi nyubakwa zibiri zakoreramwo abarusiya bagirijwe gusuma urusaku zarugawe ku ngingo y’umukuru w’igihugu ca Amerika Barack Obama.

Naho biri ukwoumukuru w’igihugu yatowe Donald Trump arahakana ko Uburusiya ata ruhara na rumwe bwagize mu matora y’umukuru w’igihugu ,akamenyesha ko azokwegera umukuru w’igihugu c’Uburusiya bakabiganira.

Donald Trump azoshikira ubutegetsi ku mugaragaro mu kwezi kwa kabiri kuza.


IGIHE

Messages

  • Siga Uhononye Mugabo Ndi Trump Noca Ndakurungika Muri Kenya Iwanyu Ntakamaro Nakamwe Wigeze Umarira America Kiretse Kwica Abanyafrica Nabo Usanze Utobashobora .Imbecile Imbwa Obama!!!

  • Siga Uhononye Mugabo Ndi Trump Noca Ndakurungika Muri Kenya Iwanyu Ntakamaro Nakamwe Wigeze Umarira America Kiretse Kwica Abanyafrica Nabo Usanze Utobashobora .Imbecile Imbwa Obama!!!

  • Mbega abarundi mwabaye gute.banza murwanye inzara nayo ivya America muvyihoze.Trump azobatangaza.mbe wibaza ko abanezwe? uravye ubwoba buri mu bantu kuva hasi gushika hejuru niho mwomenya ivy muvuga.kwanza ba mwe muri mwebwe mwumva America noneho nyakubahwa Obma ntatwara America nkukio benshi mbona mupfa kuvuga atwara leta zunze ubumwe za America that we call USA.Urabona ko benshi muvuga nivyo mutazi mwumva nka harabaye.je kukivi mukore mutange amatagisi inzara ntibice nayo ivy USA mubirekere bene vyo.Murekere politique bene yo.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.