IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA:Donald Trump yahagaritse umubonano womuhuje na Kim Jong (...)

USA:Donald Trump yahagaritse umubonano womuhuje na Kim Jong Un

jeudi 24 mai 2018

Umukuru w’igihugu Donald Trump yamenyesheje ko iyo ngingo yayifashe bivuye ku myifato idashemeye hamwe no gushira imbere ishavu bimwe biboneka murino misi ya vuba vy’igihugu ca Koreya ya Ruguru.

Donald Trump yavuze ko bidashemeye na gato gukora uyo mubonano mu gihugu ca Singapore nk’uko vyari vyategekanijwe kw’igenekerezo rya 12 Ruheshi 2018.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.