IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA:Donald Trump yatutse abimukira ko bava mu bihugu vy’umwanda

USA:Donald Trump yatutse abimukira ko bava mu bihugu vy’umwanda

samedi 13 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko ikinyamakuru Wahingaton Post kimenyesha ko ku munsi wa kane umukuru w’igihugu Donald Trump yatukiye abimukira mu biro vy’umukuru w’igihugu.

Bivugwa ko Donald Trump yavuze ayo majambo aterekeza ku bantu bamuka kumugabane wa Afrika, mu bihugu vya Haiti hamwe na El Salvador.

Ibiro vy’umukuru w’igihugu wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika ntibihakana ivyo yavuze, biriko birasubirwamwo n’ibindi bimenyeshamakuru.

Inyuma y’ayo majambo yavuzwe n’umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika, abatari bake batanguye gushikiriza aho bahagze, bamwe bamusaba ko yosaba imbabazi.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Andika hano:nah yamazgutera imbere birenze .twes tuzopfa ntawuzorusimba

  • ibyo trump avuga nukuri kabisa murebe ibibera Uganda Uburundi Tanzania Congo aha hose bari kwica bakanirukana bakanambura ikitwa umunyarwanda ... murebe Libya Somalia Sudan .....

  • Nukuri Iryojambo Nyamba Yobaryaramucitse Akarivuga,narisabire Imbabazi Kumugaragaro , Mbe Imana Yaremye Umuntumwe . Gusa Nuko Yadutandukanije Kurukoba ,mbe Umuzungu Ntavamaraso Atukura ? Mbe Umwiraburewe ,ntavamaraso Atukura ?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.