Uburundi bukaba buronse inota ryabwo rya mbere mbere muri iryo higanwa.
Mu rukino rukurikira, Intamba mu Rugamba zizotana mu mitwe n’umugwi nserukiragihugu wa Ethiopiya.
- Abakinyi b’Uburundi batanguye mu kibuga

Mu rukino rwa mberere rw’Uburundi mw’ihiganwa rya CECAFA 2017 ririko ribera mu gihugu ca Kenya, umugwi w’Intamba mu rugamba wanganije n’umugwi nserukira gihugu c’Ubuganda, ubusa ku bundi.
Uburundi bukaba buronse inota ryabwo rya mbere mbere muri iryo higanwa.
Mu rukino rukurikira, Intamba mu Rugamba zizotana mu mitwe n’umugwi nserukiragihugu wa Ethiopiya.