IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya bwavuye muri Sentare mpanavyaha mpuzamakungu

Uburusiya bwavuye muri Sentare mpanavyaha mpuzamakungu

vendredi 6 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Ikurwa ry’igihugu c’Uburusiya muri sentare mpanavyaha mpuzamakungu, ibaye mu gihe iyo sentare yari yashikirije mu ntango z’ukwezi kwa 1 mu mwaka wa 2018 ko huguruwe itohozwa ry’ivyaha vy’intambara vyabaye mu mwaka wa 2008 muri ico gihugu.

Iyo ngingo y’Uburusiya ifashwe mu gihe igihugu c’Uburundi, Afrika y’epfo na Gambie biheruka kuva muri iyo sentare mpanavyaha mpuzamakungu.


Callixte NDIKUMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.