Umukuru wa Ekereziya Katorika Pape Francois aritezwe mu gihugu ca Mozambique

Yanditswe na IGIHE
Kuya 17 September 2018 saa 10:42
13560
0 0

Umukuru w’igihugu ca Mozambique Firipo NYUSI yameyesheje ko umukuru wa Ekereziya Katorika Papa Francois agiye kuzogendera igihugu ciwe mu mwaka uza wa 2019.

Amakuru dukesha BBC avuga ko inyuma y’urugendo umukuru w’igihugu wa Mozambique yagiriye ku cicero ca Ekereziya Katorika i Vatican ,Firipo NYUSI yavuze ko aho yasaba Papa Francois kuzogendera igihugu ciwe yamwishuye ko nimba azoaba akiriho azokigendera mu mwaka uza wa 2019.

Bivugwako iyo nama yahuje umukuru w’igihugu wa Mozambique hamwe na Papa Francois yamaze ikiringo c’iminota 30.

Ayo makuru abandanya avuga ko muriyo nama baganiriye kubijanye n’imibano hagati ya Vatican n’igihugu ca Mozambique hamwe no gukomeza umubano mwiza hagati y’ivyo bihugu.


Kumenyekanisha

1
NKUNZIMANA ELVIS 25-09-2018 à 11:46

IMAMA NININAHAZWE.ESE ABENEGIHUGU BA MOZAMBIQUE UMUKAMA YOBONGEREREZA UKWEMERA BOSE BAKAGARUKA K’UMUKAMA

2
Sebanani 17-09-2018 à 16:06

Nisawa kumbure gatorika yokwongera ikemerwa muri mozambic

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha